Category Archives: Ubutumwa

Aha mushobora gukurikirana inyigisho zatanzwe mu ndwi

Guca bugufi no kugororokera Imana nibyo bizadushitsa mu masezerano y´Imana 06.07.2013

Guca bugufi no kugororokera Imana nibyo bizadushitsa mu masezerano y´Imana    06.07.2013   Guca bugufi ni ukugira ikanguro y´uko icyo ucyeneye cyose kiva ku Mwami wacu Yesu Kristo nk´umutwe kandi umubiri w´urusengero atangiramwo kubabarirwa kw´vyaha, kubatizwa mu mazi no muri Mpwemu … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Leave a comment

Gushimira Umwami wacu Yesu Kristo agakiza yaduhaye.20.04.2013

Ubutumwa bwo ku wa 20.04.2013 Gushimira Umwami wacu Yesu Kristo agakiza yaduhaye. Umwami Imana yacu irashaka ko twibuka igituma turi mu gakiza! Mbega harico ushimira Umwami wacu Yesu Kristo aho yagukuye??Uribukako wari warapfuye none ko yakuzuye mu bapfuye???!!! Haleluya. Uratahura … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Leave a comment

Instinzi y’abana b’Imana iri muri Kristo Yesu

Ubutumwa bwo ku wa 06.04.2013 Instinzi y’abana b’Imana iri muri Kristo Yesu. Yesu Kristo amaze kuzuka yiyeretse intumwa ziwe kwari muzima, aganira nabo, asangira nabo, nkuko yabikora atarabambwa , arazituma ngo bagende mu bihugu vyooose babwire abaremwe bose ubutumwa bwiza. … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Leave a comment

Mw’izuka ry’Umwami wacu Yesu Kristo habayeho gutsindanishirizwa kw’abizera. 31.03.2013

Mw’izuka ry’Umwami wacu Yesu Kristo habayeho gutsindanishirizwa kw’abizera. Ku musalaba w’Umwami Yesu Kristo habayeho guharigwa ivyaha vyacu ndetse n’imitwaro yacu yose ituvako. Yamanukanye satani ikuzimu aramwugarana, amunyaga urupfunguruzo mukuzuka kwiwe adugana intsinzi ku bizeye booose, aribo bana b’Imana. Matayo 28: … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Leave a comment

Dufite Amaso yo muri Mpwemu tubona Ubuntu bw’Imana. 16.03.2013

Niba twahumukaga amaso yo muri mpwemu tukabona ubuntu bw,Imana budukikuje imbere,inyuma n,impande zose ntabwoba twangira. Kera twari tuboshywe n,ibyaha bitandukanye. ubuntu buraza buratubatura turidegembya.  Imana yaturemye muburyo budasanzwe iremera iduha ishusho yayo. kuki itaturemye mu yindi shusho? Ni ubuntu bwayo. … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Leave a comment

Ububasha n’ubushobozi buri muri Kristo Yesu 23.02.2013

Ubutumwa bwo ku wa 23.02.2013         Ububasha n,ubushobozi buri muri Kristo Yesu. Uhoraho Umwami Imana yahaye ububasha n’ubushobozi Umwami wacu Yesu Kristo bukorera muri we, no mw’izina ryiwe. Nico gituma umwizera wese atazokwigera atsindwa n’urubanza canke ngo amaramare kuko uwo yizeye … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Leave a comment

Ukwizera kugaragarira mu bikogwa 16.02.2013

Luka 18:1-8 Yesu atwigisha gusenga no kwinginga Imana. Imana yacu ni Rukundo, ifise umutima wikigongwe, imbabazi zayo ni nyinshi. Yemeye gutanga umwana wikinege ngo aducungure, nibindi vyose dukeneye mu buzima bwa misi yose irabiduhera ubuntu. Yesu adusaba kwizera Imana no … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Tagged , , | Leave a comment