-
Recent Posts
Archives
- November 2021
- October 2021
- September 2021
- August 2021
- April 2021
- March 2021
- February 2021
- January 2021
- December 2020
- November 2020
- October 2020
- September 2020
- August 2020
- July 2020
- June 2020
- May 2020
- April 2020
- March 2020
- February 2020
- January 2020
- December 2019
- November 2019
- October 2019
- September 2019
- August 2019
- July 2019
- June 2019
- May 2019
- April 2019
- March 2019
- February 2019
- January 2019
- December 2018
- November 2018
- October 2018
- September 2018
- August 2018
- July 2018
- June 2018
- May 2018
- April 2018
- March 2018
- February 2018
- January 2018
- December 2017
- November 2017
- October 2017
- September 2017
- August 2017
- July 2017
- June 2017
- April 2017
- March 2017
- February 2017
- January 2017
- December 2016
- November 2016
- October 2016
- September 2016
- August 2016
- July 2016
- June 2016
- May 2016
- April 2016
- March 2016
- February 2016
- January 2016
- December 2015
- November 2015
- October 2015
- September 2015
- August 2015
- July 2015
- June 2015
- May 2015
- April 2015
- March 2015
- February 2015
- January 2015
- December 2014
- November 2014
- October 2014
- September 2014
- August 2014
- July 2014
- June 2014
- May 2014
- April 2014
- March 2014
- February 2014
- January 2014
- December 2013
- November 2013
- October 2013
- September 2013
- August 2013
- July 2013
- June 2013
- May 2013
- April 2013
- March 2013
- February 2013
- January 2013
Categories
Author Archives: gilgalkirke2013
Kwizera n´ibyiringiro byacu bibe ku Mana 27.11.2021
Ubutumwa bwa samedi le 27.11.2021 Kwizera n´ibyiringiro byacu bibe ku Mana 1 Petero 1: Ku bw´imgambi myiza Imana yai idufitiye yadutoranije mu magana menshi y´abanyabyaha, injiji, ibipfmatwi, n´imumpyi, idukura mu bujya bwa satani iduha agakiza kayo. Hari impamvu nyinshi zo … Continue reading
Posted in Archives
Leave a comment
Ubuzima bwo gusenga 23.10.2021
Ubutumwa bwa samedi 23.10.2021 Ubuzima bwo gusenga Ijambo ry´Imana riradukangurira kuba mu buzima busenga kuko amasengesho y´abakiranutsi agira ikimazi muri vyinshi. Dusengera iki? Dusengera icyo twasobanukiwe ko dutegererezwa kukihamagarira Imana. Kuko tuba twasobanukiwe ko hakenewe amasengesho. Daniel 10:10-13 Daniel 9:1-4 … Continue reading
Posted in Archives
Leave a comment
Ubuzima bwuzuye bw´umukristo 16.10.2021
Ubutumwa bwa samedi 16.10.2021 Ubuzima bwuzuye bw´umukristo Ijambo ry´Imana n´icirori umukristo wese akwiye kwirabamwo. Tukagira agakiza gahagaze kw´Ijambo ry´Imana, tukarongorwa na Mpwemu Yera. Ariwe aduha ubwenge no gutahura ngo dushitse icyo Imana idushakako nk´abana ikunda. Yakobo 2:14-26 Yakobo 1:16-18 Nta … Continue reading
Posted in Archives
Leave a comment
Turondere Imana yo mu mutima wacu 25.09.2021
Ubutumwa mwa 25.09.2021 Turondere Imana yo mu mutima wacu Icambere dukwiriye kuraba n´ubwiza bwa Yesu Kristo, n´urukundo yadukunze, bivuga ko yadukunze turi babi, turi abanyavyaha babi azan go tumwakire, twiyambure ububi dufise twambare ubwiza bwiwe bwo mu mutima. Abafilipi 2:5 … Continue reading
Posted in Archives
Leave a comment
Duhindukirira Imana yacu mu kwezwa nayo izatugirira neza 21.08.2021
Ubutumwa bwa 21.08.2021 Duhindukirira Imana yacu mu kwezwa nayo izatugirira neza Imana yaduhaye Umwana wayo w´ikinege Yesu Kristo idutoranije idukura mu mpande zose z´isi ituzana mu ngoro yayo ku bwumugambi wayo mwiza. Kwubaha no kwiringira Imana nibwo tuzobona ubugingo buhoro. … Continue reading
Posted in Archives
Leave a comment
Tugire kwihanganire ibitugerageza dukurikije icyitegererezo cya Kristo 24.04.2021
Ubutumwa bwa taliki ya 24.04.2021 Tugire kwihanganire ibitugerageza dukurikije icyitegerezo cya Kristo Ijambo ry´Imana duherutse kumva Imana yacu yongeye kudutera integer itwibutsa ububasha bwayo. Twabwiwe ko imvugo y´Imana idahinduka. Uko yabwiye Aburahamu niko yabwiye Isaka na Yakobo. Uyu munsi niko … Continue reading
Posted in Archives
Leave a comment
Guma k´Uhoraho Imana yawe no mu masezerano yawe ntizoguheba, izobishitsa 17.04.2021
Ubutumwa bwa 17.04.2021 Guma k´Uhoraho Imana yawe no mu masezerano yawe ntizoguheba, izobishitsa Imvugo y´Imana ntihinduka, ico yabwiye Aburahamu nico yavuganye na Isaka igishitsa no kuri Yakobo n´abisirayeli gushitsa ibihe vyose. Imana ntihindura amasezerano ahubwo irayakomeza. Itanguriro 26:1-5 &12-14 & … Continue reading
Posted in Archives
Leave a comment
Pasika n´ighe cyo gutabagwa, intsinzi ku bizera Imana 03.04.2021
Ubutumwa bwa samedi 03.04.2021 Pasika n´ighe cyo gutabagwa, intsinzi ku bizera Imana Imana dusenga n´Imana y´urukundo rwinshi igira imbabazi nyinshi n´ikigongwe ku bantu yaremye. Nico gituma yarungitse umwana wayo Yesu Kristo w´ikinege ngo aze kuducungura, adukuremu buja bwo muri iyi … Continue reading
Posted in Archives
Leave a comment
Umugambi w´Imana ni mwiza ku bana bayo kandi abizera bose bazobibona 20.03.2021
Ubutumwa bwa Samedi 20.03.2021 Umugambi w´Imana ni mwiza ku bana bayo kandi abizera bose bazobibona Ibihe bigenda bihinduka cane kandi byihuta. Ariko ic´Imana yavuganye n´abizera n´irya jambo yahay Mose ntabgo ryigeze rihonduka. Kandi natwe dufise amasezerano ku Mana, ntahandi nahamwe … Continue reading
Posted in Archives
Leave a comment
Icyangombwa gikenewe mu buzima rukristo ni Mpwemu Yera 06.03.2021
Ubutumwa bwa le 06.03.2021 Icyangombwa gikenewe mu buzima rukristo ni Mpwemu Yera Isi turimwo yuzuye ivyifuzo vyinshi kandi n´ibibazo vyinshi. Kandi igihe cyose kimwe kiravaho hakinjira ikindi. Bitabaye kuri wewe bikaba k´uwo ukunda, bikakubera umutwaro. Ariko turi muri iy´isi nyene, … Continue reading
Posted in Archives
Leave a comment