Monthly Archives: October 2021

Ubuzima bwo gusenga 23.10.2021

Ubutumwa bwa samedi 23.10.2021 Ubuzima bwo gusenga Ijambo ry´Imana riradukangurira kuba mu buzima busenga kuko amasengesho y´abakiranutsi agira ikimazi muri vyinshi. Dusengera iki? Dusengera icyo twasobanukiwe ko dutegererezwa kukihamagarira Imana. Kuko tuba twasobanukiwe ko hakenewe amasengesho. Daniel 10:10-13 Daniel 9:1-4 … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ubuzima bwuzuye bw´umukristo 16.10.2021

Ubutumwa bwa samedi 16.10.2021 Ubuzima bwuzuye bw´umukristo Ijambo ry´Imana n´icirori umukristo wese akwiye kwirabamwo. Tukagira agakiza gahagaze kw´Ijambo ry´Imana, tukarongorwa na Mpwemu Yera. Ariwe aduha ubwenge no gutahura ngo dushitse icyo Imana idushakako nk´abana ikunda. Yakobo 2:14-26 Yakobo 1:16-18 Nta … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment