Monthly Archives: March 2021

Umugambi w´Imana ni mwiza ku bana bayo kandi abizera bose bazobibona 20.03.2021

Ubutumwa bwa Samedi 20.03.2021 Umugambi w´Imana ni mwiza ku bana bayo kandi abizera bose bazobibona Ibihe bigenda bihinduka cane kandi byihuta. Ariko ic´Imana yavuganye n´abizera n´irya jambo yahay Mose ntabgo ryigeze rihonduka. Kandi natwe dufise amasezerano ku Mana, ntahandi nahamwe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Icyangombwa gikenewe mu buzima rukristo ni Mpwemu Yera 06.03.2021

Ubutumwa bwa le 06.03.2021 Icyangombwa gikenewe mu buzima rukristo ni Mpwemu Yera Isi turimwo yuzuye ivyifuzo vyinshi kandi n´ibibazo vyinshi. Kandi igihe cyose kimwe kiravaho hakinjira ikindi. Bitabaye kuri wewe bikaba k´uwo ukunda, bikakubera umutwaro. Ariko turi muri iy´isi nyene, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment