Monthly Archives: November 2020

Ni mushishikare guca mw’irembo rifunganye. Benshi bazogomba kuricamwo ariko ntibabishobore. 26.11.2020

Ubutumwa bwa taliki ya 26.11.2020 Ni mushishikare guca mw’irembo rifunganye. Benshi bazogomba kuricamwo ariko ntibabishobore.  Twarahamagawe n’Imana turumvira, turitaba kandi twizera ko ijambo ry’Imana ari ukuri. Ico twizeye n’uko Yesu Kristo ariwe:  Nzira, n’ukuvuga ko ariwe anyobora mu nzira ncamwo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ishengero ry´Imana dukeneye kwizera izina rya Yesu Kristo ryonyene tukabeshwaho n´ijambo ryiwe. 21.11.2020

Ubutumwa bwa taliki 21.11.2020 Ishengero ry´Imana dukeneye kwizera izina rya Yesu Kristo ryonyene tukabeshwaho n´ijambo ryiwe. Izina rya Yesu Kristo twahawe rirakomeye cane. Rifise ububasha bwose n´ubushobozi bwose. Kandi uryizeye niryo rizomubeshaho, kandi riramushingikira. Yohana 14:1 & 11-14 & 20-21    … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Dukeneye kubaho ubuzima bushimira Imana 14.11.2020

Dukeneye kubaho ubuzima bushimira Imana Ubutumwa bwa taliki ya 14.11.2020 Dukeneye kubaho ubuzima bushimira Imana Imana yaradutoranije itugira ihanga ryayo idutandukanya n´andi mahanga yose yo mw´isi, kugirango twame imbere yayo tuyishima.  Yesaya 43:20-21  Mika 4:5 Ikintu cingenzi cangombwa Imana yo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Impamvu yo kurondera Imana mu gusenga gufatanije no kwisonzesha 07.11.2020

Ubutumwa kuri taliki ya 07.11.2020 Impamvu yo kurondera Imana mu gusenga gufatanije no kwisonzesha Iyo dusenga twisonzesha hakoreka ibikomeye muri twebwe, guhindura imibereho ya misi yose, hari ivyo tureka, hari ivyo twiyima haba kwegera Imana cane kurusha uko twahora. Ikivamwo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment