Monthly Archives: October 2020

Umutima urondera Imana 31.10.2020

Imana irema umuntu wambere ariwe Adamu,yamuremye mw,ishusho yayo, imugira umwana wayo  ikunda.Dusomye mw,Itanguriro 3,tuhabona ubucuti budasanzwe,ubusabane,relation idasanzwe yari hagati y;Imana n,umwana wayo Adamu. Imana yavugana nawe ,ikambubwira igikwiye n,ikidakwiye.Imana kandi yamuba hafi ikamenya ivyo Adamu akeneye. Icaha nico catumwe ubwo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ijambo ry´Imana niryo rufunguruzo rwa vyose 24.10.2020

Ubutumwa bwa 24.10.2020 Ijambo ry´Imana niryo rufunguruzo rwa vyose Ijambo ry´Imana yaduhaye turibamwo mu ku ryizera mu bidafadika, rigaheza rikadushsikana mu bidafadika. Yohana 1:1-18 Niwe yabaye kubaho vyose bitarabaho, kandi vyose vyaremwe nawe kuko ar´Imana. Amaze kurema isi, nawe abana … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira Ijambo ry´Imana muri twebwe ryuzuye Mpwemu Yera 17.10.2020

Ubutumwa bwa 17-10.2020 Kugira Ijambo ry´Imana muri twebwe ryuzuye Mpwemu Yera Ijambo ry´Imana rifise ubushobozi bwo gukuraho ivyananiranye. Niryo riduhindura, niryo ridukiza kandi rikatubohora. Nico gituma abana b´Imana, ishengero ry´Imana dutegerezwa kugira muri twebwe ijambo ryuzuye ubushobozi bwa Mpwemu Year. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugendera mu bugombe bw´Imana biduhesha ubugingo buhoraho 10.10.2020

Ubutumwa bwa 10.10.2020 Kugendera mu bugombe bw´Imana biduhesha ubugingo buhoraho. Imana yaturemye idufitiye umugambi mwiza kuri buri umwe. Ariko ku bw´icaha Adamu na Eva bakoze bituma uwo mugambi w´Imana utaba. Iyo tugendeye mu bugombe bw´Imana haba agakiza k´ukuri, umunezero, amahoro, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugwiza ubucuti n´Imana 03.10.2020

Kugwiza ubucuti n´Imana Ubutumwa bwa 03.10.2020 Agakiza k´ukuri kadushikana kugiranira imigenderanire, ubucuti bwuzuye n´Imana. Ndabasabira nisabira gukunda Imana uko utigeze kuyikunda, kuko vyise niho vyugariye kuko kenshi abantu bakunda ivy´Imana itanga kurusha uko bayikunda. Bigatuma ya migisha ibaboreza bakisanga baranayihevye … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment