Kugarukana amashimwe ku Mana dusenga 26.09.2020

Ubutumwa bwa 26.09.2020

Kugarukana amashimwe ku Mana dusenga

Imana yacu, Uhoraho Imana idahinduka yadutoranije itugira abana bayo kugirango igende yerekanira ububasha bwayo ibitangaza vyayo, kugirango igende yerekanira ububasha bwayo, ibitangaza vyayo, kugira neza kwayo, imbabazi zayo no gukomera kwayo, ineza yayo, Ubuntu bwayo, n´urukundo ikunda abo yatoranije kandi yahamagaye kugirango bayiheshye icubahiro, bayimenyekanishe mu mahanga yose, benshi bayihindukirire, abandi bayizere bamenye kwariyo Mana yonyene mw´ijuru no mw´isi.

Yesaya 12:1-6

Iyo Mana yadukoreye ibitangaza, irashaka tuyamamaze, tuvuge ingene Imana yacu igirira neza abayirondera n´abayizeye.

Yesaya 62:6-7

Twarasenze, turinginga, Imana yihesha icubahiro

Yesaya 65: 17-19, Yesaya 35:8 & 10

Iyo Mana yadukoreye ivyo twayisavye, iduha umunezero guhimbagwa n´akanyamuneza kandi uko twavyakira tukabikorera akazi neza uwo muntu bituma Imana igenda imuzigama ikamurinda kandi ikagenda inamugwanirira, kugirango nawe akomeze mu munezer wo kuyishimira cane.

Zaburi 89: 1&2&5-29

This entry was posted in Archives. Bookmark the permalink.

Leave a Reply

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out /  Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out /  Change )

Connecting to %s