Monthly Archives: June 2020

Dukeneye gushinga imizi muri Yesu Kristo 27.06.2020

Ubutumwa bwa le 27. 06.2020 Dukeneye gushinga imizi muri Yesu Kristo Iyo Umuntu afise kwizera nyakuri ariko gushyingiye kuri Yesu Kristo nta kikunyeganyiza kandi hari umusaruro. Ugira umutima spesiale kandi muri vyose ubana hamwe n´Umwami wawe.  1 Tessalonika 4:1-4 Pawulo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Duharanire kugira umutima wizeye kandi uciye bugufi 13.06.2020

Duharanire kugira umutima wizeye kandi uciye bugufi Ubutumwa bwa  13.06.2020 Intumbero ya Yesu Kristo kuri twebwe nuko tumwizera kandi tugashitsa ico Data adushakako. Kuko ukora ico Imana ishaka wese iramwemera. Ab´Imana yemera kandi ifise ku mutima nibivuga gutanga vyinshi cyanke … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kumenya uburenganzira bwawe: Tubiheshwa n´imbaraga ziruta izindi 06.06.2020

Ubutumwa bwa 06.06.2020 Kumenya uburenganzira bwawe: Tubiheshwa n´imbaraga ziruta izindi Turi mu gihe co kwibohoza no kwikuzako imitego yaw a mubi acisha mu bintu vyinshi bitandukanye: ari ibiva mu miryango, ubugwayi butera abantu mu mibiri, imikoshi n´ibindi. Abantu benshi bakabaho … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment