Monthly Archives: May 2020

Dukeney ´Umwuka w ´Imana kugirango tuzagere ku bugingo buhoraho. 30.05.2020

Dukeney ´Umwuka w ´Imana kugirango tuzagere ku bugingo buhoraho. Ubutumwa bwa 30.05.2020 Imana yadukunze urukundo rwinshi cyane bituma iduha Yesu Kristo kugirango umwizera wese ntazapfe rubi ahubwo ahabwe ubugingo buhoraho. Yohana 3:16 Kugirango tuzabashe kugera ku bugingo buhoraho dukeneye kubaho … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Imana ihagarara ku ijambo ryayo ikarishitsa 23.05.2020

Hari impamvu nini cane dukwiye kwiyegereza Imana no gusenga nk´aba Kristo, tukaba neza muri yo. Kuko hari amasezerano hari amasezerano yavuze ku bana bayo kandi ico yavuze cose ni ngombwa ngwigishitse. Guharura 22:6-20 Balamu yanse kurenga kw´ijambo ry´Uhoraho kuko azi … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Urukundo Imana ikunda abari mw’isi : Ubutumwa bwo ku wa16/ 05/ 2020

Urukundo Imana ikunda abari mw’isi. Dukeneye kumenya cane yuko umuntu wese ari mw’isi Imana iramukunda kandi imwifuriza ivyiza; yuko mugihe Yesu Kristo azoza gutoishengero, abamwizeye bose n’abamukurikira , urupfu rwa 2 ntiruzobagirako ubushasha. Ariko bazobane namwe ibihe vyose. Ivyak. n’Intumwa … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kunesha kutugeza ku bugingo 09.05.2020

Ubutumwa bwa le 09.05.2020 Hari ibintu 3 by´ingenzi mu kubaho ubuzima bunesha: Kwizera,ibyiringiro n’urukundo(1abakorinto13: 13) ko biri mubintu bigomba kuturanga nkabakiriye Kristo,twagarutse kenshi ku Kwizera icyo aricyo(abaheburayo 11:1-3,6)… -Nidukunda Imana tuzakurikiza n’amategeko Yayo. -Ukwizera kuduha kwakira urukundo Imana yadukunze ubwo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Urakeneye gukura mu vy’Imana : Ubutumwa bwo ku wa 02/05/2020

Urakeneye gukura mu vy’Imana. Mugakiza canke munzira y’agakiza, n’urugendo rushasha umuntu ajamwo kandi rukeneye ubumenyi n’ubukure kuko tuhahurira na vyinshi. Agakiza n’ukumenya neza aho wavuye nahuri. Ukamenyako watanguye ubuzima busha, canke urugendo rushasha. Ugatahura neza uwuriwe, nuko ukwiriye kubaho murubwo … Continue reading

Posted in Archives | 1 Comment