Monthly Archives: April 2020

Dukwiye kubaho mu buzima bunezereza Imana : ubutumwa bwo ku wa 25/04/2020

Dukwiye kubaho mu buzima bunezereza Imana.  Imana yo mw’ijuru irakunda abantu bayo cane, kandi ikanezeregwa nuko tubaho neza. Ariko ikitubeshaho nabi kirushirije ibindi vyose n’icaha. Arico cazanye Yesu Kristo mw’isi. Kugirango abidukuremwo, tubeho neza, kandi duhabwe ubugingo buhoraho. Yohana yarinteguza … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ubuntu bw´Imana bwatuzaniye agakiza 19.04.2020

Ubutumwa bwa le 19.04.2020 Ubuntu bw´Imana bwatuzaniye agakiza 19.04.2020 Tito 2:11-14 Ijambo ry,Imana ritwigisha ico ubuntu bw´Imana bwatuzaniye. Ubuntu bw´Imana bwaraserutse, buha abizeye Imana agakiza. Nibwo butwigisha kwikunkumura ukutubaha Imana n,ukwifuza ivy,ivyisi.Bukatwigisha kwama tudahugumba,tugororoka,twubah, Imana mugihe ca none. Urugero turusanga … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Yesu Kristo yaje guhindura ubuzima bwacu, ngo tube ivyaremwe bisha: Samedi de Paques : 11/04/2020

Yesu Kristo yaje guhindura ubuzima bwacu, ngo tube ivyaremwe bisha. Pasika n’ihinduka, yaje kuduhindura, yitanze ngw’abamwemera bose babeho mu buzima buhindutse, kandi tube mu buzima bw’intsinzi. Kuko iyo wakijijjwe wiyumvira kandi ukora  muburyo bunyuranye nuko wahora wiyumvira canke wakora utarakizwa. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Iki n’igihe co kwuzuzwa inkomezi nsha: Ubutumwa bwo ku wa 04/04/2020

Iki n’igihe co kwuzuzwa inkomezi nsha. Kuko tur’abantu kandi twambaye umubiri, umuntu wese arashobora guhura n’ibimuca intege, kandi bikamubuza n’amahoro, umutekano wiwe ugahungabana. Abantu bakaba mu mubabaro, amarira n’agahinda , hamwe ata wundi muntu n’1 afise ubushobozi bwo kuruhura abantu … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment