Monthly Archives: March 2020

Tugire ukwizera Imana gushikamye mugihe nkiki. Ubutumwa bwo ku wa 21/ 03/2020

Tugire ukwizera Imana gushikamye mugihe nkiki. Turi mugihe kitoroshe abantu bafise ubwoba bwinshi haba mugihugu cacu ca Norvege ndetse no mw’isi yose. Kuko twambaye umubiri, kandi ikiza cateye kikaba gihitana abantu bakagwara, abandi bakanapfa. Ariko Imana yo mw’ijuru ishimwe cane … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Uhoraho niwe Mana ikwiriye icubahiro yonyene: Ubutumwa bwo ku wa 14/03/2020

Uhoraho niwe Mana ikwiriye icubahiro yonyene. Ababa mw’isi bose dukeneye kumenya yuko har’Imana yaturemye , ikarema n’ibiri mw’isi vyose, ibiboneka nibitaboneka. Kandi vyose vyaremewe kuyishima no kuyiha icubahiro. Duhereye ku mwana w’umuntu tukageza no kuvyaremwe vyose. Kuko ar’Imana y’icubahiro, nziza … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Izina rya Yesu Kristo rifise ububasha n’ubushobozi: Ubutumwa bwo ku wa 07/03/2020

Izina rya Yesu Kristo rifise ububasha n’ubushobozi. Imana yadutoranije , iduha Umwana wayo Yesu Kristo ikunda cane. Aduhamagara ngo tumwizere turonke ubugingo buhoraho. Yesaya 53 : 4-6 & 10-11. Imana yaremye umuntu ari mwiza cane kandi afise ububasha n’ubwiza bwinshi. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment