Monthly Archives: February 2020

Ubwo Imana iri mu ruhande rwacu umubisha ni nde? 29.02.2020

Ubutumwa bwa le 29.02.2020 Ubwo Imana iri mu ruhande rwacu umubisha ni nde? Abaroma 8:31-33 Twese twifuza ko Imana yaba mu ruhande rwacu,Iyaduhaye umwana wayo nta kindi yatwima. Mu mwana wayo niho twaherewe  agakiza. Mu gakiza twahaboneye ibyirato, ibyiringiro no … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Menya ububasha Imana yaguhaye: Ubutumwa bwo ku wa 22/02/2020

Menya ububasha Imana yaguhaye. Muyandi majambo : Menya uwuriwe muri Kristo Yesu. Imana yaradutoranije itugira abantu bakomeye muri yo. Nkuko ariyo iri muri twebwe kandi nkuko ariyo idukoresha. Igikenewe nuko twemera gusa. Abacamanza 6: 11-26  Umumalayika w’Uhoraho yiyeretse Gidiyoni akamubwira … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Tumenye neza Imana dusenga kandi dushikame mukwizera : Ubutumwa bwo ku wa 15.02.2020

Tumenye neza Imana dusenga kandi dushikame mukwizera. Hari ibintu bitatu umukristo akeneye mu rugendo rwagakiza turimwo bizotuma adatsindwa, kandi ntacike intege: Nugusobanukigwa neza ubushobozi bw’ Uhoraho Imana nyen’ijuru n’isi. Nuguha agaciro ijambo ryayo no kuyimenya. Kuyizera udakekeranya nagato mugukora kwayo.                                       … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

‘Kubaho ubuzima bufite intumbero’ 08.02.2020

Inyigisho 08.02.2020 ‘Kubaho ubuzima bufite intumbero’ What is your purpose? Why were you put into this world? Ujya utekereza impamvu Imana yagushize kuriy’isi? Yarifite iyihe intumbero? Umuntu aravuka, agakura, akiga, yamara kwiga agakora, igihe cyagera agashaka, nyuma akagira umuryango, abana, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Iki nigihe co gukunda Imana no kuyikorera: Ubutumwa bwo ku wa 01/02/2020

Iki nigihe co gukunda Imana no kuyikorera. Yesu Kristo yaje ngo tumumenye kandi tumwizere nawe adukoreshe mu vy’ubwami bwa Data wa twese. Nta kindi gishobora kubidushitsako atarukugira Mpwemu Yera muri twebwe twahawe. Niwe aduha urukundo rw’Imana rwuzuye n’inyota yo gukorera … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment