Monthly Archives: January 2020

Kuba mu bwiza bw’Imana bidushitsa ku masezerano : Ubutumwa bwo ku wa 25/01/2020.

Kuba mu bwiza bw’Imana bidushina ku masezerano. Ikintu ca mbere abana b’Imana dukeneye n’ukwimenya abo uribo, tukamenya identite yacu. Nivyo bituma tuguma mu bwiza bw’Imana, tukazirikana ijambo rya Yesu Kristo, tukaribamwo, twubashe izina ry’Imana. Dawidi ari mu ntama yari yiyizi, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuzirikana icyo Yesu yakoze ku musaraba no kugendera intinzi 17.01.2020

Ubutumwa bwa le 19:01.2020 Kuzirikana icyo Yesu yakoze ku musaraba no kugendera intinzi 17.01.2020 Mw´isi Imana yaremye iyifitiye umugambi mwiza. Ariko abantu b´Imana ndetse n abitiriwe izina ry´Imana bagiye bagira kutumvira Imana. Ku bw´urukundo Imana yakunze abari mw´isi yatumye Umwana … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Turi mu mwaka wo kwitega ikintu gisha: Ubutuma bwo ku wa 11/01/2020

Turi mu mwaka wo kwitega ikintu gisha. Reka uyu mwaka utubere umwaka w’ivyizigiro bizima , bituzanira ubwiza bw’Imana. Tuzobubona mungo zacu, mu kazi mu mashule, mu miryango , nahandi… Tugiye mubihe vyo gutsinda ibitugerageza, kuko Imana yadukoranije ikadutoranya kugirango tumenyekanishe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira umutima ushima Imana ukanayihimbaza : Ubutumwa bwo kuwa 04/01/2020

Kugira umutima ushima Imana ukanayihimbaza. Imana irashakako umuntu wese yayimenye abeho afise umutima uyishima, wibuka ivyo uagiye igukorera vyose, ukibuka nuko ariyo vyose bikomokako. Kandi kugira umutima ushima n’urupfunguruzo rwo kubohoka, Mpwemu Yera akwuzuzamwo umunezero, gukunda Imana, no gukunda Imana … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Message ya 2020: Imana igiye gukora ikintu gisha, ube mu buzima bwo kwitega ikintu gisha: Ubutumwa bwa le 31/12/2019

Imana igiye gukora ikintu gisha, ube mu buzima bwo kwitega ikintu gisha. Imana yo mw’ijuru ikunda cane abantu bayo kandi ikama ibavugisha, ikabahumuriza ndetse ikanakora n’ibitangaza n’ibikomeye imbere yamaso yabo, kuko ivyo ikora vyose ntibibahisha na gato. kandi ikagomba ko … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment