Monthly Archives: December 2019

Noel n’umusi ukomeye mu buzima bw’umu Kristo: Ubutumwa bwo ku wa 25/12/2019

Noel n’umusi ukomeye mu buzima bw’umu Kristo. Noel = Urukundo. Kubw’Imana yakunze abari mw’isi, vyatumye iduha ingabire ikomeye cane ariwe mwana wayo w’ikinege. Niwe Kristo Yesu yatuzaniye agakiza. Yaje ngo tugire impinduka mu buzima bwacu. Sibimwe vyo kwuzura mu mashengero … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Dukeneye kuba abakristo buzuye(bashitse) : Ubutumwa bwo ku wa 14/12/2019

Dukeneye kuba abakristo buzuye ( bashitse). Ishengero ryose rifise abantu barigenewe, kurya no mu miryango  yacu umuntu wese afise ah’Imana yamugeneye ngwavukire, no mumashengero niko biri. Umuntu wese afise ishengero Imana yamugeze ngo yinjiriremwo, kandi nibikurera vyawe vyose n’ibigukuza n’ubuntu … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twubakire (duhagarare) kuri Yesu Kristo, dushinge imizi neza muri We: ubutumwa bwo ku wa 30/11/2019

Twubakire (duhagarare) kuri Yesu Kristo, dushinge imizi neza muri We. Abakijijwe bose twavuye mu bubata bwa Satani, tuba abagurano b’Umwami wacu Yesu Kristo, tuba imbata ziwe. Twakuwe mu vyaha kugirango tugende dukora ivy’Umwami wacu Yesu Kristo agomba. Yeremiya 35: 1-19 … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment