Monthly Archives: November 2019

Dukeneye kuba ishengero ryo muri Mpwemu: Ubutumwa bwo ku wa 23/11/2019

Dukeneye kuba ishengero ryo muri Mpwemu. Nukuvuga riganzwa canke rirongogwa na Mpwemu Yera. Ni kuki abakristo dukeneye gusenga no kwisonzesha? Nuko ariho umuntu agirira ibihe vyiza vyo kwegera Imana cane no kugira ubusabane bwiza n’Imana. Mu gucisha bugufi umutima wawe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Dukunde kuba muri presence y´Imana 16.11.2019

Ubutumwa bwa le 16.11.2019 Dukunde kuba muri presence y´Imana Imana irakunda ko abantu bayegera,bakabana nayo kandi bagasabana nayo.Ariko icaha nico gitandukanya abantu n`Iyabaremye. Kuvayo 1:14 ,Imana yatumye Mose ngo agende abwire aba Isirayeli bamare imisi 3 biyeza,kumusi wa gatatu baduge … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Aba Kristo (ishengero) barakeneye gukura: Ubutumwa bwo ku wa 09/11/2019

Aba Kristo (ishengero ry’Imana) barakeneye gukura. Imana Data wa twese yatumye umwana wayo Yesu Kristo ngwatuzanire agakiza. Kandi ngwuzokakira wese yigishwe n’ijambo rya Yo, kandi rimutunganye gose, rimukuze. Kuko ntakindi gishobora gukuza umuntu  mugakiza Atari ijambo ry’Imana. Amasengesho aravomera agakiza, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twige kunezereza Imana: Ubutumwa bwo ku wa 02/11/2019

Twigwe kunezereza Imana Gute twogira umutima unezereza Imana? Kuko Imana inezerezwa nuko ishengero ryayo ribaho mukuyihimbara no mugukora ivyishaka. Icubahiro cayo kikaba mubantu bayo. Ivyakon. n’Intumwa 13 : 21.23. Imana yatoranije Dawidi nk’umwami wa Isirayeli kuko yabonye umutima wiwe. Ibona … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment