Monthly Archives: October 2019

Imigabo Imana ifitiye abantu bose n’ukubagirira ubuntu: Ubutumwa bwo ku wa 26/10/2019

Imigabo Imana ifitiye abantu bose n’ukubagirira ubuntu. Abaroma 11: 25-32 Imana irashaka tubanze tuve muvyo turimwo idushire muvyo yaduteguriye kandi arivyo bitubereye. Abantu bose bari bugaraniye mu vyaha, ariko imbabazi zayo zazanywe na Yesu Kristo yaje kudukura mu vyaha. Yaje … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ijambo ry’Imana niryo ridukiza gusa : Ubutumwa bwo ku wa 12/10/2019

Ijambo ry’Imana niryo ridukiza gusa. Nta handi ivyanditswe vyera bishingiwe Atari mw’ijambo rya Yesu Kristo. Turusheho kurimenya no kuryizera, arikwo gusobanukigwa Kristo. Kuko muri we ariho vyose vyaremewe n’ibihishijwe vy’Imana. Luka 1 : 1 – 4          A b’ i Kolosayi … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Dukizwe kandi tubohoke gose : Ubutumwa bwo ku wa 05/10/2019

Dukizwe kandi tubohoke gose. Gukizwa ni kimwe, kubohoka n’ikindi. Kuba mu bintu vy’Imana s’ibintu vyo gukinisha. Ariko ukwiye kuba umusilikare w’ukuri ataneshwa mu ntambara. Hari nigihe bigusaba kumera nk’icihebe munzira ya gukurikira Yesu Kristo, kuko bigusaba kwiyanka, ugaha umutima wawe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment