Kumenya gufata decision no guhitamwo neza. 14.09.2019

Tentro 14/09/2019

Kumenya gufata decision no guhitamwo neza.

1 Ab’Ikorinto 13 : 9-12           1 Ab’Ikorinto 14 : 20

Ubu ntibakiri abana mu bwenge, bavuye mu vy’ubwana. Bahora bazi agace, bavuga gwana , biyumvira gwana, ariko bamaze gukura bavuye muvy’ubwana. Bagize ihitamwo ryiza, nkuko iryo jambo ry’Imana rivuze ngo ntitube abana mu bwenge, ariko mube ibitazi mu bibi, ariko mu bwenge mube abagabo.

  1. Kuko ivyo uhisemwo na decision ufashe bijana n’ubuzima bwawe. Bahisemwo gukunda Yesu Kristo no kumwubaha.

NB: Kuko ugize ihitamwo ryiza ukagira na decision nziza uba umuntu de principe, bigufasha kwirinda ibintu vyose bikwonona ( biku detruisant) mu buzima bwawe. Ahubwo ugafata ibikwubaka kandi bikubaka n’abandi.

  1. Mu buzima Imana yaturemanye ibintu vyingirakimazi (de valeur) bitwubaka kandi bikubaka n’abandi. Kugirango umuntu ntabe nk’amashami y’ibiti ahuhutwa n’umuyaga, ariko ahagarara atumbera ivyiza, kandi ahagarara atumbera ibimwubaka bikuba na sosiete turimwo. Yoweli 2: 28              1 Ab’i Korinto 12: 4-7
  2. Daniyeli na bagenzi biwe, bahisemwo neza kuguma ku Mana yabo, bituma batabara abanyamareba bose umwami Nebukadineza yagira yice hamwe nabo. Baja gusiguza Imana indoto umwami yagize, irazibabwira bituma baticwa n’abandi baratabagwa. Yosefu yahuye n’umuyaga mwinshi cane ariko yafashe decision yo kuguma ku Mana yiwe bituma agira ikiganza ciza c’Imana, agira umugisha abera umugisha n’abandi. Bagize umutima ukunz’Imana kandi uyizeye, bikora ku mutima w’Imana.
  3. Sinabo gusa na twebwe abakuze turakeneye kuba ic’Imana yagomvyeko tuba, kugirango twubahirize Imana mukwiyubaka no kwubaka n’abandi bari aux errentour yacu.

Ariko rero vyumvikana kumengo nibintu bigoye, ariko biradusabako twegera Imana kugirango ibidushoboze.

NB: Akamaro ko kugiro vision niyo i forma carractere mu muntu. Iy’umuntu ahisemwo neza akagira ama prinsipes acaba hommes de vision; uwo ntacika ivutu ningoga kuko agira vision a Long terme et a cours terme. Bigatuma adacika ivutu, agaca abivamwo vyose bigapfa. Aca aronka courrage, akagira perseverrance ahagaze ku kwizera.

Bigatuma adata ubuntu.

This entry was posted in Archives. Bookmark the permalink.

Leave a Reply

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out /  Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out /  Change )

Connecting to %s