Monthly Archives: September 2019

Dusuzume inzira turimo kuko turi mu rugendo. 28.09.2019

Ubutumwa bwa le 28.09.2019 Dusuzume inzira turimo kuko turi mu rugendo. Mbere yuko Imana ijya gukura ubwoko bwayo mu bubata, yabaremeye umukozi wayo Mose. Kuva 2.1-10 Yavutse ku mugambi w,Imana. Imana ntitoranya k´ubutoni ihitamo uko yishakiye. Imana ituma Mose kubohora … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twemere Imana idusubize mw’iforoma yayo 21.09.2019

Twemere Imana idusubize mw’iforoma yayo. Igihe cose Imana yiyumvira umuntu yaremye mw’ishusho yayo. Niwe iguma yitwararitse. Yeremiya 18: 1-6     Uko Imana yatumbereje Adamu na Eva siko bagumye. Satani yarabahenze barononekara. Umuntu Imana yaremye mw’ishusho yayo, we yambara iyindi shusho. Abantu … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kumenya gufata decision no guhitamwo neza. 14.09.2019

Tentro 14/09/2019 Kumenya gufata decision no guhitamwo neza. 1 Ab’Ikorinto 13 : 9-12           1 Ab’Ikorinto 14 : 20 Ubu ntibakiri abana mu bwenge, bavuye mu vy’ubwana. Bahora bazi agace, bavuga gwana , biyumvira gwana, ariko bamaze gukura bavuye muvy’ubwana. Bagize … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Guhishurigwa Yesu Kristo n’urukundo rwiwe : Ubutumwa bwo ku wa =7/09/2019

Guhishurigwa Yesu Kristo n’. urukundo rwiwe. Yesu Kristo yaje ngo tumumenye tumenye n’urukundo adufitiye. arigwo gwamutumye aza kuducungura. Ntidushobora kurutahura canke ngo turumenye neza tutaretse Mpwemu Yera ngwaze kurudutahuza no kuruduhishurira. Yesaya 53 : 4-6 & 11    ; Yohana 1 … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment