Monthly Archives: August 2019

Kwumvira Imana biruta ibimazi byinshi 31.08.2019

Ubutumwa bwa 31.08.2019 Kwumvira Imana biruta ibimazi byinshi Igihe cyose Imana yavuganana n´ubwoko bwayo kugirango barushirizeho kumenya ububasha bwayo, bayikorere, bayigumeho ndetse bazabashe gushika ku cyo Imana yabateguriye. Imana Data yo mw ´ijuru kuva ku gihe cya Adamu na Eva … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Tugume m’Urukundo rw’Imana. Ubutumwa bwo ku wa 24/08/2019

Tugume m’ Urukundo rw’Imana. Kukw’Imana yadukunze urukundo ruhebuje, bikwiyeko natwe tuyikunda, tugize urukundo rw’Imana muri twebwe. Ruzitiriwe no kuyubaha rugaharara mu kuyizera. 1 Yohana 4 : 16-17         2 Abitesalonika 2 : 13-17 Kwizera urukundo rw’Imana bizana impinduka mu buzima bwawe, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ibitangaza Yesu yakoze: Ubutumwa bwo ku wa 17 /08/2019

Ibitangaza Yesu Yakoze. Yesu Kristo yaje ngo duhinduke nitwahinduka duhindure amahanga yose.                          2 Abami 5 : 8-10 &14-17 Umwami w’Abami ntiyaje gukora ivyabantu bashoboye, ariko yaje gukora ivy’umwana w’umuntu adashobora gukora, ivyo tudashoboye. Ariko dukize tubere umugisha n’abandi benshi. Umwami … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment