Monthly Archives: July 2019

Ugusenga kutwingijiza mu kugororoka 20.07.2019

Ubutumwa bwa le 20.07.2019 Ugusenga kutwinjiza mu kugororoka Umwami wacu Yesu yadukunze urukundo rutagira akagero.  Yaje mw´isi kudukiza, yarapfuye kugirango tubeho neza, tironke ubugingo. Yarishe ikiguzi gikomeye mu kwitanga kugirango abamwizeye bose bidegemvye. Matayo 4:12-17 Imbere yuko Yesu aza mw´isi, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

«Nimuze mwese abarushye n’abaremerewe ndabaruhura» 13.07.2019

Ubutumwa bwa 13.07.2019 «Nimuze mwese abarushye n’abaremerewe ndabaruhura» Matayo 11: 28-30 Imana iraduhamagara ngo tuze twese abarushye n’abaremerewe iraturuhura. Ubwo buruhe Imana ivuga nubuhe? Kandi nubwo buruhukiro nubuhe? Yesu akomeza atubwira ngo tumwigireho kuko ari umugwaneza kandi yoroheje mumutima. Iyo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ubushobozi bw´ijambo ry´Imana 06.07.2019

Message ya 06.07.2019 Ubushobozi bw´ijambo ry´Imana Ijambo niryo ryaremyw isi n´ibirimwo vyose. Imana yavuze ngo umuco ubeho ubaho, amazi abeho abaho, ibikoko bibeho bibaho n´ibindi vyose vyaremwe n´ijambo. Ijambo niryo twizeye turakizwa twemeza ko twahindutse ibiremwa bisha ku bwo kuvuka … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment