Monthly Archives: June 2019

Rondera kwuzura Mpwemu Yera : Ubutumwa bwo ku wa 08/06/2019

Ivyak.n’Int.: 1: 5 & 8 ;  Ivyak.n’Int.2 :1 – 4 ;  Ivyak. n’Int. 4 :7-21; Ivyak.n’Intum. 5: 29-32. Igishingira intahe ko Yesu Kristo yaduze mw’ijuru n’uko Mpwemu Yera yamanutse. Kuko yari yarabisezeraniye intumwa. Niwe yabahaye ubushobozi bwo kugenda baramushingira intahe. Ico gihinda bumva n’amatwi … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Tube maso, turorere Databuja: Ubutumwa bwo ku wa 01/06/2019

Tube maso, turorere Databuja. Imbere yukwurizwa mw’ijuru kwumwami wacu Yesu Kristo, yabanje kubwira intumwa kwabatumye gutegura ishengero bababwirako, bagende kumpera zine z’isi. Abasezeranira na Mpwemu w’Imana kugirango abashoboze.                                 Ivyakozwe n’intumwa 1: 8-11. Arababwira ko bazohabwa ububasha niyo Mpwemu Yera … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment