Monthly Archives: May 2019

Imburi ivuga k’umuhero uri hafi : Ubutumwa bwo ku wa 25/05/2019

Imburi uvuga k’umuhero uri hafi. Ezekiyeli  7 : 1-7 Imana irema isi, ikarema ijuru mbese natwe abantu ikaduha ubuzima, yashizeho iherezo rya vyose. Niyo Alfa na Omega. Imana yacu nu muvyeyi mwiza, abayemereye bakayizera , bakayubaha, bakayisenga abo nibo yashizeho … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ijambo ry’Imana ryaje kutubohora no kudukomeza: Ubutumwa bwo ku wa 18/05/2019

Ijambo ry’Imana ryaje kutubohora no kudukomeza. Yesu Kristo yaje kuduha umwidegomvyo nyakuri, atumenyesha ijambo ry’ukuri kugirango ritubohore, tugire ukwidengemvya nyakuri, kandi tube abanyakuri, tugendane ubugingo buhoraho. Yohana 8: 31-32 & 36. Kuko ibitwica ntibiva hanze ahubwo biri muri twebwe, biri … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gira ukwizera gushikamye, ntukekeranye k’Uhoraho Imana yawe: Ubutumwa bwo ku wa 11.05.2019

Gira ukwizera gushikamye, ntukekeranye k’Uhoraho Imana yawe. Imana yaduhamagaye  ku mazina, iradutoranya idushira mu bwami bwayo, kugirango tuyizere. Tuyimenye neza kwari Imana mushobora vyose. Kandi ko muri yo atakiyinanira kandi ko Yera, ata bigoramye biyibamwo canke ikoreramwo. Itanguriro 12: 1-4   … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Agakiza ka Yesu Kristo niko kadushitsa kukugororoka : Ubutumwa bwo ku wa 05/05/2019

Agakiza ka Yesu Kristo niko kadushitsa kukgororoka. Imana yaduteye iteka iduha agakiza kabonegwa mu mwana wayo ariwe Yesu Kristo kandi turi abanyavyaha. Twese mu ngoro y’Imana turi abatabawe, yadukoranirije hamwe idukuye mvyaha vyinshi. Nta n’umwe yari umugororotsi. Ariko Yesu Kristo araza … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment