Monthly Archives: April 2019

Pasika: Umusi wo gucungugwa kw’abana b’Imana: Ubutumwa bwo ku wa 21/04/2019

Pasika: Umusi wo gucungugwa kw’abana b’Imana. Pasika isobanura iki? : -1: Kurenganwa : Iyo haje ikintu  kigafata abandi bose ariko wewe kikakurengana, naho boba abo muri kumwe. Caba ikiza canke ingwara, canke ibihano n’ibindi…., ariko wewe ntujemwo ugasigara. -2: Gucungugwa: Kubona umwidegemvyo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ukwizera kwacu tukongere mu mirimo y´Imana kuko hari ugutabagwa 13.04.2019

Ukwizera kwacu tukongere mu mirimo y´Imana kuko hari ugutabagwa Ubutumwa bwa 13.04.2019 Umwami wacu Yesu Kristo yaje kw´isi kugirango atubere urugero rwiza  rwo gukorera Imana. Mu kuza kwiwe yari fite intumbero yo kutubohora, kuduhumura amaso kugirango tubashe kuronka Ubwami bw´Ijuru. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Uhoraho avuze ngo baho ubaho: Ubutumwa bwo ku wa 06/04/2019

Uhoraho avuze ngo baho ubaho: Imana yo mw’ijuru n’Imana nyakuri ibana n’abantu bayo kugirango ibaremere ibihe bishasha. Kandi ic’Imana ikuremera nta muntu n’umwe ashobora kugikuraho canke ngwagihindure. Nkuko yaremye ijuru n’isi n’ibirimwo vyose ntihagire igishobora kubihindura n’ivy’abana bayo niko bimeze. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment