Monthly Archives: March 2019

Igikorane c’amashimwe: Imyaka 10 dusengewe nk’abakozi b’Imana: Italiki ya 23.03.2019; Vyari vyabaye le 07.03.2009

Igikorane c’amashimwe: Imyaka 10 dusengewe nk’abakozi b’Imana: Italiki ya 23.03.2019; Vyari vyabaye le 07.03.2009 N’umusi ukomeye kandi uhambaye kubw’Ishengero rya Gilugali , ariwo muryango wa Gilugali.  Nigihe twibuka imyaka 10 ishize dusengewe nk’abakozi b’Imana , abandi nkabarongozi b’ishengero. Kuko igikogwa … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ubuzima bw’umukristo: Ubutumwa bwo ku wa 16/03/2019

Ubuzima bw’umukristo. Aba Kristo dukeneye kugira ubuzima bwo muri Mpwemu. Kuko niho tudashitsa ivya kameremere gashatse ndetse nivyifuzo vyacu. Ubwo buzima nukuba mw’ijambo ry’Imana hamwe no gusenga Imana. Yesaya 40: 8-10 Iyo ubaye mu buzima bwejejwe , mw’ijambo no gusenga niho … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gukora kw’Imana no gutabara kwayo: Ubutumwa bwo ku wa 09/03/2019

Gukora kw’Imana no gutabara kwayo. Ikintu ca mbere Imana ikoreramwo n’imitima yejejwe kandi yitunganije neza imbere yayo. 2 Ngoma 20: 1-22 & 30             Yona 3 : 6-10    Mu gihe ca Yewoshafati vyari ibihugu vyishize hamwe ngo bibatere. Ariko amaze kwumva imburi, yaciye agira … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ibanga ryo kumenya ubuhungiro, no guhishurigwa izina rya Yesu Kristo: Ubutumwa bwo ku wa 02/03/2019

Ibanga ryo kumenya ubuhungiro, no guhishurigwa izina rya Yesu Kristo. Yesu Kristo yaje muriy’isi kugirango tumumenye, kandi twongere tumenye neza n’ubushobozi bwiwe. Mariko 2: 1-10          Mariko 1: 22 Yesu Kristo yakijije ikimuga kandi yigisha nkufise ububasha ntase n’abanyabwenge b’ivyanditswe. Ariko … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment