Monthly Archives: February 2019

Twemere kurongogwa na Mpwemu Yera : Ubutumwa bwo ku wa 16/02/2019

Twemere kurongogwa na Mpwemu Yera . Turongowe na Mpwemu Yera niho tudakora ivy’imibiri yacu igomba canke ikunda, kuko wo uganzwa na za kameremere  n’ingeso zacu.  1 A b’Ikorinto 2 : 1-7 & 10-16  ; Abikolisayi  1 : 8-14. Iyo turongogwa na … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gutangira Imana: Ubutumwa bwo kuwa: 09/02/2019

Gutangira Imana Gutangira Imana n’ikintu umukristo wese yamenye Imana , ari munzira ija mw’ijuru iryo tegeko ni ngombwa kandi riramufata. Dutegerezwa kubikora n’umutima ukunze kandi unezerewe, werekanako wubaha icagezwe c’Imana kwarukuri ukacumvira. Habonekamwo umutima ushima ko ivyo ufise vyose ntahandi … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kwumvira Imana bizana impera ikomeye: ubutumwa bwo kuwa 02/02/2019

Kwumvira Imana bizana impera ikomeye. Yesu Kristo yaje ashingira intahe Data wa twese n’ijambo ryiwe. Yaje ubwiwe atubera icitegererezo co kwumvira Data. Ntaco yakora atamubwiye kandi ntaho atakora ico amutumye gukora. Yaje atubera icitegererezo co kwumvira Data nawe ngo tumwumvire. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment