Monthly Archives: January 2019

Hagarara kuco wizeye: Ubutumwa bwo ku wa 26/01/2019

Hagarara kuco wizeye. Gukirikira Yesu Kristo birafise ikiguzi bidutwara, kuko tuba kw’isi itariko ikora kuri systeme y’Imana. Nico gituma abakijijwe vy’ukuri bahura n’intambara kuko uhagaze kuco wizeye. 2 Ab’Ikorinto 1 : 3-10. Paul yariko avuga ivyo kwirugwa imibabaro kubana b’Imana. Kuko … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twubakire (twubakwe)muri Yesu Kristo: Ubutumwa bwo ku wa 12/01/2019

Twubakire (twubakwe) muri Yesu Kristo. Nk’abana b’Imana. Abatoranijwe na Yesu Kristo kuba abana b’Imana, ijambo ry’Imana riradusaba kubaho mu buzima bwejejwe, tukiyambura icaha cose, nimpwemu za karande zigenda zidukurikirana, umuntu akisanga mugakiza ariko kadakura kandi adahinduka, kuko atakwezwa nkuko Imana … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Turi ubwami bw’Imana: Ubutumwa bwo ku wa 05/01/2019

Turi ubwami bw’Imana. Kuvayo 19: 5-6 Yesu kristo niwe yaje kudushira mu bwami bwa Se. Tuba umwe mu bahamagariwe gukorera ubwami bw’Imana. Matayo 25: 1-13 Abakobwa 5 bavyutse bafise amavuta yuzuye mu matara yabo, ndetse bafise nayandi barengejeko muyandi macupa. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ijambo ry’umwaka 2019: Twige kukora neza: N’ubwenge buva ku Mana: Ubutumwa bwo ku wa 31/12/2018

Twige gukora neza: N’Ubwenge buva ku Mana. Gukora neza, no gukora ivyiza n’ingabire nziza iva ku Mana. Nta muntu ashobora kuvyiha kuko twebwe abana b’abantu nta ciza cotuvamwo uko bikwiye. Ariko Yesu Kristo yaje kuduha Mpwemu w’Imana ngwatwigishe kandi adushoboze … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment