Monthly Archives: December 2018

«Tumenyane n’imitima  yacu»: Yesu akora ibishingiye ku miti 29.12.2018

«Tumenyane n’imitima  yacu»: Yesu akora ibishingiye ku mitima. Luka 19: 1-10                     Yeremiya 29: 13 Zakayo ubwa mbere yagize gusaka kubona Yesu Kristo. Ariko haba inzitizi zo kumubona kuko yari mugufi … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Noel númusi ukomeye ku mu Kristo 25.12.2018

Noel n’umusi ukomeye ku mu kristo. Kuza k’Umwami wacu Yesu Kristo mw’isi n’umugambi mwiza cane w’Imana ku bantu bayo. Kugirango ikomeze amasezerano yayo n’abana bayo. Ayo yahaye sokuruza Aburahamu n’uruvyaro rwiwe. Nkuko nawe kugirango ikomeze kandi ishitse ico yamuvuzeko, yamusavye … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Imana niyo kwizerwa kandi idusaba kurushaho kuyegera mu kwezwa no mu rukundo 22.12.2018

Imana niyo kwizerwa kandi idusaba kurushaho kuyegera mu kwezwa no mu rukundo Ubutumwa bwa le 22.12.2018   Imana yaradukunze ntubwo twari abanzi bayo kandi yaratwiyeretse igihe yoherezaga umwana wayo Yesu Kristo ngo adupfire ku musaraba. Igihe cyose dukora imigambi yacu … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twatoranijwe kwezwa kugirango turonke ubugingo buhoraho 16.12.2018

Twatoranijwe kwezwa kugirango turonke ubugingo buhoraho Ubutumwa bwa 16.12.2018 Urukundo rw´Imana rutagira akagero rwatumye atanga umwana wayo Yesu Kristo kugirango umwizera wese ahabwe ubugingo buhoraho. Kuva 19: 5-6 Imana yadutoranyije iduha agakiza atari uko tubikwiriye cyangwa ko turusha abandi ubwiza. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Duhagarare munkomezi z’Imana, tuyizere yonyene: Ubutumwa bwo ku wa 08/12/2018

Duhagarare mu nkomezi z’Imana , tuyizere yonyene. Imana yahaye ijambo ryayo abana bayo yatoranije ngo rigende riratwigisha, riratubohora, riratumurikira, kugirango tuve m mw’ijima no mkutamenya kwinshi, tuje mumuco utumurikira mukumenya ukuri kwayo. Arikwo kuzotuma turangiza urugendo twatanguye amahoro. Kuko dufise … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gushikiriza Imana abana bato:Ubutumwa bwo ku wa 01/12/2018

Twige kuvuga no gukunda Imana yonyene kuyirutisha ibindi vyose no kuvyigisha abana bacu. Uhoraho Umwami Imana yacuyaradutoranije ngo tumwubahe, kandi tuvyigishe n’abana bacu, kugirango tugendere mu masezerano yayo yasezeraniye Aburahamu n’Abisirayeli rihagaze kw’ijambo ryayo no muvyagezwe vyayo. Nico gituma igihe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment