Monthly Archives: November 2018

Dukwiriye kuba ishengero Imana inezereregwa: Ubutumwa bwo ku wa 24/11/2018

Dukwiriye kuba ishengero Imana inezereregwa. Ishengero Imana inezereregwa nukuvuga ribaho mu buzima bugororokeye Imana. Rigahesha icubahiro Imana. Riza imbere yayo n’imitima iyinyotewe kandi itunganye, nayo ikaza ikabana nabo. Nico gituma mugihe ca Yesaya igice ca 1 , yavugishijwe n’Imana  abarira … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twahamagawe ngo duheshe Imana icubahiro: Ubutumwa bwo ku wa 17/11/2018

Twahamagawe ngo duheshe Imana icubahiro. Kuba mu buzima buhesheje Imana icubahiro n’ingabire ikomeye cane kandi iva ku Mana. Biva kuco wumvise ukizera kikaguhindura. Kuko mukamere k’umuntu nta guca bugufi kurimwo. 2 Samweli 12: 7-20 Iyo umuntu akora icaha aba akengereye … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Duhuze ubuzima bwacu n’umugambi w’Imana : Ubutumwa bwo ku wa 10/11/2018

Duhuze ubuzima bwacu n’umugambi w’Imana. Igituma Imana yirobanuriye ubwoko bwayo, kwarukgirango babeho mu buzima buhuje n’umgambi wayo. Igihe Imana yatuma umusavyi wayo Mose kuri Farao, yamubwiye ngo genda ubwire Farao uti rekura abantu banje baje kushima no  kunshikanira ibimazi.. Nukuvuga … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Guca bugufi ukagira umutima umenetse wihana: Ubutumwa bwo ku wa 03/11/2018

Guca bugufi ukagira umutima umenetse wihana. Kuba mugakiza canke gukizwa nukuba mu buzima bwejejwe tukava mu vyaha. Nico cangombwa Imana ishaka kw’ishengero ryayo. Yesaya 1 : 1-4 & 12-17 Ntakintu kibabaza Imana yo mw’ijuru nkingene ishengero ry’Imana riza mungoro yayo, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment