Monthly Archives: October 2018

Ijoro rirakuze bugira buce,turushirize kurondera Ubwami bw’ijuru. 29.09.2018

Ijoro rirakuze bugira buce,turushirize kurondera Ubwami bw’ijuru.   Tumaze imisi Mpwemu w’Imana atubwira kwiyeza ngo tube ishengera ryejejwe . Twongera turamka ijambo ritubwira mgo tugire agakiza gashinze ku Mwami Yesu Kristo, niko kazodushikana mu buruhukiro. Twarabwiwe ngo kugira tumenye ko … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Dufise Imana itubabara: Ubutumwa bwo ku wa 21/10/2018

Dufise Imana itubabara. Mugihe ca Kera Imana yagiye itwereka ingene yagiye itabara abantu bayo, mu gihe cose bategwa n’ayandi mahanga, canke mu gihe bayivako bagasubira inyuma, bagatsindwa n’abansi babo, bakajanwa mu mahanga arinyagano. Si henshi bagenda bavuga kubigeragezo canke ku … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Amasezerano y’Imana atera ivyizigiro : Ubutumwa bwo ku wa 13/10/2018

Amasezerano y’Imana atera ivyizigiro. Uhoraho Umami Imana yaduhaye amasezerano kugirango uryizera wese abariryo rimubeshaho. Nico gituma umwigishwa wa Yesu Kristo Petero yavuze atoi mfise ijambo ryahanuwe kandi rigenda rirushaho gukomera. Yongera aravuga ati muzoba mugize neza nimuryitaho rikamera nk’itara rimurika … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Dutumbere Yesu wenyene: Ubutumwa bwo ku wa 06/10/2018

Dutumbere Yesu wenyene. Yesu Kristo yaje kudukura mwibohero ry’Abadayimoni, aduha umwidegemvyo w’abana b’Imana. Nico gituma muri y’isi abana b’Imana tunigana mu buryo bw’ impwemu, ntitunigana nivyo tubonesha amaso naho vyishushanya muburyo buboneka. Kuko n’impwemu zigwanya ubugingo tunigana nazo. Nico gituma … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment