Monthly Archives: August 2018

Kumenya imigenderere y’Imana n’imikorere yayo: ubutumwa bwo ku wa 18/08/2018

Kumenya imigenderere y’Imana n’imikorere yayo. Ishengero ry’Imana turakeneye kumenya iyo dukura kumenya no gutahura. Tukamenya inyigisho nzima aho ziri niyo ziva. Kuko Imana yaduhaye igitabo c’ivyagezwe kirimwo n’intumwa z’Imana n’abavugishwa bayo, batubereye akarorero, tukahamenyera ukuri kw’Imana n’ubushobozi bwayo ndetse tukahigira … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ijambo ry’Imana n’itara rimurikira ibirenge vyacu :Ubutumwa bwa le 11/08/2018

Ijambo ry’Imana n’itara rimurikira ibirenge vyacu. Niryo Data yaduhaye ngo rishobore kutwigisha no kutumurikira ngo tugendere munzira y’ukuri. Dutahure neza urukundo nyakuri Imana (yacu) yo mw’ijuru, yadukunze. Niryo ritumenyesha neza umutima w’Imana n’imigambi yayo ku bantu bayo.                       Ivyak. n’Int. 26: … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Utange ( Urihe) ikiguzi cose gikenewe: Ubutumwa bwo kuwa 04/08/2018

Utange (urihe) ikiguzi cose gikenewe Abatoranijwe bose n’Imana kuba ihanga ryayo, yabahaye ubutunzi bukomeye bubakoreramwo . Ariko vyose biva ingene witanze mugucisha umubiri wawe bugufi kugirango ukuyikorera kwawe kwemegwe. Abaroma 12: 1-2. Yesu Kristo yatuzaniye agakiza gakurikigwa no kwezwa. Arivyo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment