Monthly Archives: May 2018

Gusenga ushikamye mu kwizera, ufise ukwihangana bigira umugisha ukomeye: ubutumwa bwa 12/05/2018

Gusenga ushikamye mu kwizera , ufise ukwihangana bigira umugisha ukomeye. Bibiliya n’inkuru nziza, n’urupfunguzo rwo gusohoka no kwunguka ubwenge bwo muri Mpwemu. Naho mu buzima bwo mw’isi duhura na vyinshi, rero nk’abana b’Imana, hari benshi bashatse gukiza ubuzima bwabo canke … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Dukeneye kuba mu buzima bw’amasengesho: Ubutumwa bwo ku wa 05/05/2018.

Dukeneye kuba mu buzima bw’amasengesho. Umuntu wese yamenya Imana yaba umukristo yaba umukozi w’Imana, arakeneye kuba mubuzima bwo gusenga. Kuko gusenga nivyo biduha kwegera no kumenyana n’Imana kugiti c’umuntu. N’ikintu gikwiye kuba mu ma programa yacu ni mukiranga musi cacu … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment