Monthly Archives: April 2018

Gushingira intahe Imana no kuyaturira ivyiza yatugiriye: 28/04/2018

Gushingira Intahe Imana no kuyaturira  ivyiza yatugiriye Igihe cose ijambo ry’Imana turibonera mu buzima bwacu. Mu bitangaza itwiyerekeramwo no munyishu z’amasengesho Imana igenda yishingiramwo intahe iyo tuyambaje. Nkuko uwizera wese asanzwe abizi kw’Imana ikunda abana bayo, nayo igenda yiyerekana ko ari … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuba umunyamasengesho canke akamaro ko gusenga: Ubutumwa bwo ku wa 21/04/2018

Kuba umunyamasengesho canke akamaro ko gusenga. Mugakiza Yesu Kristo yaduhaye dukwiye kubaho mu buzima bw’amasengesho nkuko nawe yatubereye akarorero. Kuki umuntu asenga? Kuki umukristo akeneye gusenga? Amasengesho amaze iki? Icambere n’uko amasengesho arico kigwanishwa ca mbere gikubiyemwo ibigwanishwa vyose vy’umukristo. Kuko … Continue reading

Posted in Archives | 1 Comment

Umugambi w’Imana n’inzira z’Imana ku bantu bayo: Ubutumwa bwo ku wa 14/04/2018

Umugambi w’Imana n’inzira z’Imana ku bantu bayo. Imana yo mw’ijuru irashobora guhindura ubuzima bwawe canke ikakuremera ivyiza n’ibitangaza, kuko ikunezererewe. Ico dukeneye nk’abana ikunda n’ukumenyana nayo. Nici gituma muvyo woburiko uracamwo vyose, kameza imigenderanire yawe nayo ukomeze gusenga. Kuko imigambi … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Pasika ni restauration y’umunezero n’ivyizigiro. Ubutumwa bwo ku wa 07/04/2018

Pasika ni restauration y’umunezero n’ivyizigiro. Pasika yaje kuvyura ivyizigiro. Yaje ngo tube muntsinzi buri musi. Yaje kuduha umwidegemvyo wo mubuzima bwacu no mumitima yacu. Iyo wakijijwe wiyumvira mu buryo bunyuranywe nuko wahora wiyumvira kera. Kandi uko nikwo gukizwa. Nico gituma … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Pasika nigihe co guhumuruzwa no gutabagwa: Ubutumwa bwa: 01/04/2018

Pasika n’Igihe co guhumurizwa no gutabagwa Yesu Kristo yazutse yatura amahoro n’ihumure kubari bagiye kuraba imva yiwe, abatuma no kuri bene se. Bivugako wewe muntu w’Imana hariho inkuru nziza ije (ikugana) igutumbereye yuko Umwami wawe yanesheje urupfu, n’ibikugerageza vyose vyahindutse … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment