Monthly Archives: March 2018

Kuguma mu rukundo rwa Yesu Kristo : ubutumwa bwo ku wa 24/03/2018

Kuguma mu rukundo rwa Yesu Kristo. Ic’Imana yakoze mu bugingo bwacu nikintu gikomeye cane. N’ikintu cinkora mutima, kidukorako wese uwamaze gutahura. Nicogituma ishaka twakire ugwo rukundo , turubemwo nagwo rutubemwo kandi tugwamane. Kuko urufise ntarabisha amaso y’umubiri canke ngo yumvishe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira ishaka ry’Imana : ubutumwa bwo ku wa 17/03/2017

Kugira ishaka ry’Imana. Uwambere yagize ishaka ry’Imana ni Yesu , umwana w’Imana , mukwerekana urukundo Data wa twese yakunze abari mw’isi. Harabantu bibazako kurondera Imana arukubufise ingorane cankibibazo, canke ubukire ukaja gushimira Imana, canke arimico yo gusenga bakuriyemwo. Ivyo vyose … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

IMANA N`IMANA 10.03.2018

IMANA N`IMANA Ubutumwa bwa 10.03.2018 Imana yatoranyije Mose ngo ajye gukura ubwoko bwayo mu bucakara. Muri urwo rugendo twigiyemwo byinshi ko Imana yacu itoranya abayikorera ukwishaka .yabakuye kwa Farawo n`ukuboko gukomeye, Imana yacu niyibitangaza,kwirinda kwitotombera Imana,gukorera ijuru. Imana yadukuye muri … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuba inyegu y’Imana : Ubutumwa bwo ku wa 03/03/2018

Kuba inyegu y’Imana. Nkuko Imana yadutoranije ikatugira ihanga ryayo, irashakako tubaho ku bwa Kristo. Kuva igihe twakiriya Yesu Kristu nk’Umwami wacu, twabaye inyegu Imana yiharije. Kuko yatuvanye mubuzima bw’abandi bose itugira inyegu yayo burundu, tuba aba Naziri ku Mana. Kuko … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment