Monthly Archives: February 2018

Tugire ukwizera kuzanwa(guhagaze) ku gukunda Imana: Samedi le 24/02/2018

Tugire ukwizera kuzanwa  no(guhagaze ku) gukunda Imana. Yesu Kristo yaje ngo tumwizere. Uwuzeye umwana w’Imana ntahungabana, ntatinya ikintu na 1 ahura naco mu buzima, kuko amenya nezako uwo yizeye ariwe yanesheje nkomoka yo kunesha ibibi vyose duhuranavyo canke ingorane zose … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ukwizera no gukurikira Imana ushize amanga bidushikana kubitangaza IMANA yadusezeraniye. 17.02.2018

Ubutumwa bwo kuwa 17.02.2018 Ukwizera no gukurikira Imana ushize amanga ,bidushikana kubitangaza IMANA yadusezeraniye. Umutima w’urukundo n`ubutwari  nivyo vyaranga abahizi muri bibiriya, hahesheje izina ry’Imana icubahiro , bigatuma ishingigwa intahe mu banyamahanga ko Uhoraho ariwe Mana. Imana ihagurutsa  umuvugishwa n’Imana … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuvugana n’Imana no gukoreshwa na Yo : Ubutumwa bwo ku wa 10/02/2018

Kuvugana n’Imana no gukoreshwa na Yo Turi mugihe ciza co kurondera Imana no kuyegera. Ivyo bidusaba kugwiza umwanya wo gusoma ijambo ry’Imana kugirango tumenye ivyayo nico idushakako. Ntidushobora kuba abigishwa ba Yesu Kristo tutazi imvugo yiwe kandi tukamenya nico ijambo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kwumvira ijwi ry’Imana no kurongogwa na Mpwemu Yera: Ubutumwa bwo kuwa 03/02/2018

Kwumvira ijwi ry’Imana no kurongogwa na Mpwemu Yera. Murugendo twatanguye rutujana mw’ijuru, ntakindi gituma tumenya inzira dukwiriye gucamwo Atari ijambo ry’Imana rishigikiwe na Mpwemu Yera. Yosuwa 3: 1-13.    Kuvayo 6 : 6-8 . Nta jambo na 1 riva ku Mana … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment