Monthly Archives: January 2018

Kwumva ijwi ry’Imana : ubutumwa bwo ku wa 27/01/2018

Kwumva ijwi ry’Imana. Dukeneye guhinduka gose Mpwemu Yera Akaba ariwe adukoreramwo. Dukeneye kwama twiteze ico atubwira kira musi. Tukumva ijwi ryiwe igihe cose. Yohana 10: 14 & 22-28      Mariko 4: 23-24 Ab’Imana bumva ijwi ryiwe. Arabazi kandi nabo baramuzi. Bumva … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Tube abantu bihereje vy`ukuri 13.01.2018

Ubutumwa bwo ku wa 13/01/2018 Tube abantu bihereje Imana vy’ukuri. Yesu Kristo yatwitangiye kumusaraba kugirango yironkere ubwoko, ishamvu yicunguriye kugirango ribeho rikorera ubwami bw’Imana. Nico gituma dukwiye kugirira confiance Yesu Kristo, tukitanga wese. Duhagarike kubaho kubwacu ariko tubeho kubw’inyungu z’ … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twigire ku vyitegererezo bizima bitwigisha gukorera Imana no kuyegera 06.01.2018

Ubutumwa bwo ku wa 06/01/2018 Twigire ku vyitegererezo bizima bitwigisha kurondera Imana no kuyegera. Yesu Kristo yatuzaniye agakiza ngo tukabemwo, tukagenderemwo kandi abe ariko kadurinda. Birakwiriyeko abakijijwe n’Umwami wacu Yesu Kristo tumenyako agakiza aribwo buzima bwacu turindigwamwo kandi tugatabarigwamwo. Kuko … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kurondera Imana no kuyegera : Ubutumwa bwo ku wa 31.12.2017

Kurondera Imana no kuyegera gose. Iyurondera Imana kandi ukayegera nayo ibana nawe, ikakwigisha, ikakwereka ingene ukwiye kwitwara , ikakwungura ubwenge bwo muri Mpwemu, ikagutahuza ivyo utatahura, urukundo rwayo rukakugwirako. Ivyak. n’Intum. 10: 1-8 &19-41  Tugire ibikogwa vyiza biva k’umutima urondera Imana mukuri … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment