Monthly Archives: December 2017

Noel= Urukundo Imana yakunze abari mw’isi: Igenekerezo rya 25/ 12/2017

Urukundo Imana yakunze abari mw’isi. Igihe ca Noel nigihe ciza co kwibukanya no gukomeza gushingira intahe Yesu Kristo nicamuzanye kw’isi. N’urukundo ruhebuje Uhoraho yakunze abari mw’isi yose. yohani 1: 14-18 & 29-34 Yesu Kristo yaje kudushira mumuco wiwe, adukura muvyaha, nomukutamenya … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Tugume mu Mana nibwo amasezarano yayo izayasohoza mu bugingo bwacu 23.12.2017

Ubutumwa bwa le 23.12.2017 Tugume mu Mana nibwo amasezerano yayo izayasohoza mu bugingo bwacu Imana ya Aburahamu, Isaka na Yakobo ni Imana ari nayo Mana y´abizera bemeye gucu bugufi bakayikurikira n´Imana y´amaboko. Uko yahozeho niko iriho kandi niko izahoraho iteka … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Tubeho mubuzima butinya Imana , tube abanyakuri igihe cose: Ubutumwa bwo ku wa 16/12/2017.

Tubeho mu buzima butinya Imana, tube abanyakuri igihe cose.  Nk’abatoranijwe n’Imana kubwagakiza twaronkeye muri Yesu Kristo, ijambo ry’Imana riradusaba kuba mubuzima butinya Imana kandi buyubaha. Umugisha uhambaye kandi ukomeye n’ugutinya Imana. Ico gihe Imana iguha ubwenge budasanzwe , ikakwigisha n’ingene … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Tugire umuco mwiza wo gushimira Imana no kuyishingira intahe : Ubutumwa bwo ku wa 09/12/2017

Tugire umuco mwiza wo gushimira Imana no kuyishingira intahe. Nk’aba Kristo ijambo ry’Imana riradusaba guhora dushima, ariko n’ikintu kenshi tudashirako umutima cane; ngo tubishiremwo n’umwete. Ariko nigwo rufatiro gwo gusenga. Umuntu asenga ategerezwa kuba ari umuntu azi gukenguruka muri vyose. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kubaho mu buzima bushimira Imana. Ubutumwa bwo ku wa 02/12/2017

Kubaho mu buzima bushimira Imana. Twebwe abi Mpwemu dutegerezwa kwerekana ukubaho kw’ Imana mu buzima bwacu; bikaba ibintu biboneka kandi bifadika, kuko turi ishengero rya Kristo. Ishengero ni wewe ni jewe. Ivyak. n’Intumwa 2: 42-47 Mw’ishengero rya mbere rya Kristo. Harikintu … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment