Monthly Archives: October 2017

Kugwiza imigenderanire yawe n’Imana: Ubutumwa bwo ku wa 28/10/2017

Kugwiza imigenderanire yawe n’Imana. Icambere dukwiye kumenya nuko twebwe abana b’Imana, abakijijwe ko turabigiciro gikomeye imbere y’Imana. Ikintu cose gihabwa igiciro bikwiranye. Natwe twibukeko twaguzwe  amaraso y’umwagazi w’intama w’Imana. Nico gituma turabantu bigiciro cane hano mw’isi ndetse no ku Mana.  … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira urukundo rwa Kristo rusavye mu mitima yacu : ubutumwa bwo ku wa 14/10/2017

Kugira urukundo rwa Kristo rusavye mu mitima yacu. Iyo dukunda Imana nico gituma agakiza kacu karyoha. Gukunda Yesu nirwo rufunguruzo rw’imigenderanire myiza yacu n’Imana. Kandi n’ikintu gikura kikagwira kuko tumwizeye. Abaroma 5 : 5  Kugira urukundo rw’Imana muri twebwe nico ca … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Yesu Kristo niwe mukwe mwiza : Ubutumwa bwo ku wa 07/10/2017

Yesu Kristo ni we mukwe mwiza.  Muri Kristo Yesu niho hari ivyizigiro bizima. Niho hari ugutabagwa no kubabarigwa, tukahabonera ubushobozi bw’Imana n’ukugira neza kwayo mubitugerageza vyose. 1 Yohana 5: 4-5 ; Abaheb. 12: 2  ; Abanyefeso 1: 20-23.  Ntakintu na 1 … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ubwami bw’Imana babunyakurisha ubuhizi: Ubutumwa bwo ku wa 30/09/2017

Ubwami bw’Imana babunyakurisha ubuhizi.  Igihe kirageze aho Yesu Kristo tumwifuza tukamaramaza naho hari ibitubuza kuja kure mu gakiza no mugukorera Imana. Mariko 10: 46-52 Ikidutera gutakamba turushiriza gusemerera nuko tumukeneye kandi tumwizeye. Iyo mpumyi abantu benshi barayicecekesha bakayizibiza, kuko nabo batari … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment