Monthly Archives: August 2017

Duhore dushima iteka ryose : Ubutumwa bwo ku wa 12/08/2017

Duhore dushima iteka ryose.  Imana yaturemye umwana w’umuntu mw’ishusho yayo kandi iturema ngo tuze dutegeke ivyaremwe vyose. Idushiraho ngo tuze duhore tuyishima ibihe vyose.      Zaburi 139: 13-18 Imana mukuturema ntiyigeze yihenda, nico gituma yakuremye ukumeze. Kandi niyo ishiraho ikamenya … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twame twibuka Yesu Kristo yazutse mu bapfuye : Ubutumwa bwo ku wa 05/08/2017

TwaTwame twibuka Yesu Kristo yazutse mu bapfuye.  2 Timoteyo 2: 8 Mubuzima bwo mur’iyi si abantu bibuka vyinshi cane, amatariki abibuta ibintu vyinshi, ivyiza canke ibibi. Ariko ijambo r’Imana ryo ritubwira ngo twame twibuka Yesu Kristo umwe Yadupfira ku Musaraba, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment