Monthly Archives: July 2017

Kuba aho Yesu ari. 29/08/2017

Ubutumwa bwo ku wa 29/07/2017 Kuba aho Yesu Kristo ari. Mugihe twahisemwo agakiza, tukabatizwa, n’ukuvugako twahisemwo kuba aho Yesu Kristo ari. Ariko bakristo bene Data kenshi siko dusanga biri, kuko benshi bashaka kutaba aho Yesu ari, ariko we abasange aho … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Uhoraho abwira abantu biwe ngo Ntimutinye 22/07/2017

Ubutumwa bwo ku wa 22 07 2017 Uhoraho abwira abantu biwe ngo Ntimutinye.  Haribintu Imana yo mw’ijuru ikorera abayubaha mu mpande zose, kandi aribo vyabona vyiwe. Yesaya 43: 1-21. Uhoraho aravugango yarakumenye, kandi kandi yaguhamagaye mwizina uruwiwe. Araguhumuriza ngo Ntutinye kuko … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twiyegurire Imana kandi turondere munyonga zayo 15.07.17

Ubutumwa bwo ku wa 15.07.17 Twiyegurire Imana kandi turondere munyonga zayo. Imana iradukunda cane kandi irashaka ko natwe tuyikundisha umutima wacu wose ata buryarya. Zaburi 27: 8-9 Uhoraho yavuzengo nimurondere munyonga zanje, Dawindi aramwishura ati munyonga zawe ndaharondera Uhoraho. Yinginga Imana … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Raba kwubaha Uhoraho nibwo bwenge kandi kuva mu vyaha nikwo gutahura: 08/07/2017

Ubutumwa  bwo ku wa 08.07.2017 Raba kwubaha Uhoraho nibwo bwenge kandi kuva mu vyaha nikwo gutahura. Iy’umuntu yubaha Imana, abana nayo kandi ukagendana nayo. Uba umwizigigwa, kandi ukagira ikiganza ciza muvyo ukora vyose; ndetse ugakundwa n’Imana n’abantu. Itanguriro 39: 2-6 … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira ubusabane n’Imana 01.07.2017

Ubutumwa bwa 01.07.2017 Kugira ubusabane n’Imana Imana yacu niyo bwugamo, niyo buhungiro kandi niyo buzima bwacu bwose, ni twagomba kuba aba Kristo batunganiwe. Kuko wewe nanje tuzi ico turi ku Mana nico iri kuri twebwe. Ici idushakako n’ukwezwa kwacu, tukagendera … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment