Monthly Archives: June 2017

Kuba incuti y’Imana 17.06.2017

Ubutumwa bwo ku wa 17/ 06/2017 Kuba incuti y’Imana Imana irashaka ko tumenya amabanga yayo nk’abana bayo ikunda. Tukamenya ingene twitwara munzira zayo no murugendo ruzodushikaka mw’ijuru. Tukanagira n’amahigwa mu buzima yaduhaye muriy’isi. Ntawundi ashobora kubitwigisha, akabitwemeza ndetse akanabidutahuza atari … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kwuzura Mpwemu Yera 11.06.2017

Ubutumwa bwo ku wa 11/06/2017 Kwuzura Mpwemu Yera Yesu Kristo yabariye abigishwa ati sindabamariye vyinshi, ariko uwo nzobarungikira azobamarira vyinshi. Kuko hari inkomezi no gutahura bifatanye no gushima atabahaye , naho bamubonako vyinshi Imana ikoresha amaboko yiwe. Yohana 16 : … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Hagarara neza mu muhamagaro wawe 27.05.2017

Samedi le 27/05/17 Hagarara neza mu muhamagaro wawe Imana yaradutoranije iduhamagarisha umuhamagaro wera. Nico gituma itubwira ngo ni dushikame dushire amanga mumuhamagaro twahamagariwe. Kandi tunamenye abo turibo tubibere maso. Kuko Imana yadutoranije ikoresheje Mpwemu wayo n’ijambo ryayo. Kugirango abe ariwe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twame twiteguye kuko tutazi umunsi wo kuza kw’Umwami wacu Yesu Kristo. 20.05.2017

Samedi du 20/05/2017 Twame twiteguye kuko tutazi umunsi wo kuza kw’Umwami wacu Yesu Kristo. Matayo24:44 Nuko namwe mwame mwiteguye , kuk’Umwana w’umuntu azoza mugihe mutiyumviriye. Kuko Umwami wacu Yesu Kristo yagiye kudutegurira amazu, kandi azoza kutujana. Nico gituma dukwiriye kuba … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Urukundo rw’Imana ruri ku bantu bayo 13.05.2017

Ubutumwa bwa 13.05.2017 Urukundo rw’Imana ruri ku bantu bayo Dufise Imana itwitayeho muri vyose nico gituma dutegerezwa kwitegura kugendana n’Imana mugihe gishasha c’ubuzima bwacu. Tukamenyako muriy’isi tubaho mu buzima bwo kunigana n’icaha. Icaha ni 1 mubintu bidukurako ubuntu bw’Imana, canke … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Urukundo rw’Imana ruturiko 06.05.2017

Samedi le 06/05/2017 Urukundo rw’Imana ruturiko. Yesu Kristo yaje kuduhishurira ukuri kwabariko baraja mw’ijuru. Nico gituma dukwiye kumenya nezako umunsi wa Yesu Kristo wegereje kuruta uko tuvyibaza. Ariko menyako umuntu wese uri mungoro y’Imana , hari ikibanza uriko urategurigwa mw’ijuru, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kubona ubwiza bw’Imana 22.04.2017

Ubutumwa bwo ku wa 22.04.2017 Kubona ubwiza bw’Imana Mugihe ca Pasika dusubinzwamwo intege mukuronka ivyizigiro bishasha. Nico gituma Uhoraho yabariye umusavyi wiwe Mose nguwo muhango baze bame bawukora ukurunganwe rwabo ruzogenda rukurikirana. Pasika idushiramwo ikanguro ry’ububasha bw’Imana n’ubushobozi bwayo. Ikaduhumura … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment