Monthly Archives: April 2017

Pasika n’umusi Yesu Kristo yadutsindanishirije muri vyose: N´igihe ciyimbura no gutabagwa. 15.04.2017

  Ubutumwa bwa Pasika 15.04.2017 Pasika n’umusi Yesu Kristo yadutsindanishirije muri vyose: Nigihe ciyimbura no gutabagwa.  Yesu Kristo yadutsindanishirije icaha n’ibitugerageza vyose. Ubushobozi n’inyishu vyose biri muri Kristo Yesu. Ivyah. Yohana 1: 17-19 Yesu Kristo ni muzima. Yari yarapfuye none … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ico Yesu Kristo adushakako n’inzira yadutoboreye : Kwihangana, kwirinda, guca bugufi, kwizera no kwezwa. 08.04.2017

Ubutumwa bwo ku wa 08/04/2016 Ico Yesu Kristo adushakako n’inzira yadutoboreye : Kwihangana, kwirinda, guca bugufi, kwizera no kwezwa. Igihe Yesu Kristo yaza mur’iy’isi kuducungura yarageragejwe mu buryo bwose na Satani, ariko nta na hamwe yamutsinze. Natwe ashakako tumakira tukamutahura … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gushikanira abana Imana Twige gukunda Imana. 01.04.2017

Samedi le 01/04/2017 Gushikanira abana Imana Twige gukunda Imana. Nkuko Imana yadukunze urukundo ruhebuje ikatwigura, irashakako natwe twerekana umutima canke tugira uwo mutima w,ubu Mana muri twebwe. Kuko nirwo rudushoboza gutanga ikiguzi ukihanganira ivyucamwo vyose, ukanesha. Kandi tuvyigishe n’abana bacu.     … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Tugume muri Yesu nawe azaguma muri twe.

Tugume muri Yesu nawe azaguma muri twe. Umwami wacu Yesu Kristo yaje kuducungura adukura mu byaha byacu aduhuza n,Imana Data wa twese,aduhesha guhinduka abana b,Imana ngo tube abera tutariho umugayo . Imana yashyize byose twifuza muri Yesu Kristo ,Abefeso 1:1-14.tubona … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment