Monthly Archives: March 2017

Gushingira intahe Yesu Kristo 25.03.2017

Ubutumwa bwa 25.03.2017 Gushingira intahe Yesu Kristo Yesu Kristo yaje afise ijambo rifise ububasha n’ubushobozi ata muntu n’umwe bahwanye. Kandi ibikogwa yakora nivy vyamushingira intahe. Yohana 11: 1-6. Yesu Kristo nta situation n’imwe imuhindisha umushitsi canke atinya  canke ngwabone ngo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Tugire ubucuti na Yesu Kristo. 11.03.2017

Ubutumwa bwa le 11. 03.2017 Tugire ubucuti na Yesu Kristo. Abaheburayo 13: 8-9 Umuntu ashobora kuba yarakijijwe canke yaravutse ubwa 2, ariko akirongogwa nivyiyumviro vyiwe. Iyo iciyumviro c’Imana kije mu buzima bwacu, kigenda kinyinyurana canke kigongana nivyo twakuriyemwo , nivyo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira ubutoni ku Mana 04.03.2017

  Ubutumwa bwa 04.03.2017 Kugira ubutoni ku Mana Kugira amahigwe canke ubutoni ntibiva kugikundiro ufise mubantu canke aho uvuka, ariko biva kuri faveur y’Imana ikuriko. Mumyaka yose ugezemwo Imana ishobora kuguha amahigwa ya 2. 1 Samuel 16: 1-2 & 7  … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Tugire ukuri kwo mumutima.25.02.2017

Samedi le 25.02.2017 Tugire ukuri kwo mumutima. Kugira ukuri kwo mumutima n’ukugira ijambo ry’Imana rivanzwe no kuyizera. Ariryo rituma tubaho mu buzima buhesheje Imana icubahiro, kandi tuyigororokeye. Abany. 6: !3-17   ; Yohani 8 : 31- 32     ; 2 Petero 1 … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment