Monthly Archives: January 2017

Umutima utunganye kandi ukunze niwo unezeza Uwiteka Imana 21.01.2017

Ubutumwa bwa le 21.01.2017 Umutima utunganye kandi ukunze niwo unezeza Uwiteka Imana Ijambo ry´Imana ritubwira ko turinda imitima yacu kuko niho ubugingo bududubiza. Iyo dukijejwe tuba twemeye n´imitima yacu tukatura n´ akanwa kacu ko Yesu abaye Umwami n´umukiza wacu. Ndetse … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Menya ingene witwara muvy’uriko uracamwo, urinde agakiza kawe niho umugambi w’Imana uzogushikako. 14.01.2017

Menya ingene witwara muvy’uriko uracamwo, urinde agakiza kawe niho umugambi w’Imana uzogushikako. 14.01.2017 Mugihe twagiriwe ubuntu n’Imana ikadutoranya ikaduha agakiza. Ni tresor, ubutunzi bukomeye, tubwirizwa kubungabunga, ndetse tukanayigendera, akabariyo identite yacu. Menyako Imana igufiseko umugambi mwiza kandi uwo mugambi wayo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gushira ivyizigiro vyawe vyose ku Mana ukarinda umutima wawe. 07.01.2017

Ubutumwa ku italiki 07.01.2017 Gushira ivyizigiro vyawe vyose ku Mana ukarinda umutima wawe. Twabwiwe cane ko uyu mwaka arumwaka wo gutabagwa, wokubona ubwiza bw’Imana.  Menyako Imana igufiseko imigambi myiza, Uhoraho abe ariwe vyizigiro vyawe kuko niwe akoresha canke arekura, agatanga … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Shira ivyizigiro vyawe vyose ku Mana yonyene . Yesaya 12: 2- 6

Message du Nouvel an, Samedi le 31/12/2016 Shira ivyizigiro vyawe vyose ku Mana yonyene . Yesaya 12: 2- 6 Uhoraho Imana y’icubahiro yatubwiye ngo tuyishireko ivyiyumviro vyacu vyose kuko ariyo Mana y’ubwiza kugirango turonke umwaka w’ubwiza wa 2017. Kuko iyuyishizeko … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment