Monthly Archives: December 2016

Noel n´iki ku mukristo 25.12.2016

Dimanche de Noel, le 25/12/2016 Noel n ´iki ku mukristo Yesu Kristo yahanuwe n’abavugisha n’Imana benshi cane muri Bibiliya, bavuga uwariwe ningene azoza ameze. Ariko mukuza kwiwe yabonywe n’abantu bake, nibo bamenyeko Umwami w, Abisirayeli yavutse. Ariko amashengero yose birigwa … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Imana yadusezeraniye imigisha ibonegwa muri Kristo Yesu 10.12.2016

Samedi le 10/12/2016 Imana yadusezeraniye imigisha ibonegwa muri Kristo Yesu Imana yaturemye mu buryo butangaje, iturema mw’ishusho yayo. Yongera iraduhezagira. Kandi yaturemye ngwibonekere muri twebwe, yerekane ubunini bwayo, no gukomera kwayo iciye mu buzima bwawe. Itang. 1 : 26-28 ; … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment