Monthly Archives: November 2016

Guhishurigwa (kumenya) Yesu Kristo neza n’ububasha bwiwe. 26.11.2016

Ubutumwa bwo ku wa 26.11.16 Guhishurigwa (kumenya) Yesu Kristo neza n’ububasha bwiwe. Ubuntu bw’Imana butwigisha guca bugufi tukihana ivyaha vyacu, tukemerako tuva mubitagira ikimazi bidahimbara Imana. Butwigisha kwubaha Imana. 1 Ab’Ikorinto : 1-3 & 10; Tito 2: 11-15 Paul ntiyigishijwe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Imana yo mw’ijuru ntishobora kwibagira abana bayo 19.11.2016

Ubutumwa bwo ku wa 19/11/2016 Imana yo mw’ijuru ntishobora kwibagira abana bayo. Uharaho yahaye amasezerano abana bayo, kwitazobata, atazobahemukira kandi itazobibagigwa na rimwe. Umuntu haraho ashobora guca mubintu biruhije canje binaniza umutima, ukaba ahantu hakomeye cane hatorohereza ubuzima bwawe vyaba … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Yesu Kristo yatuzaniye umwidegemvyo nyakuri 12.11.2016

Samedi le 12/11/2016 Yesu Kristo yatuzaniye umwidegemvyo nyakuri Yesu Kristo yaje gushira abantu mu muco. Mariko 1: 14-15. Abantu bari bamenyereye kw’Imana ihana, ndetse ikanarimbura abansi b’ubwoko bw’Imana aribo b’Isirayeli. Ariko Yesu Kristo araza kutwereka urukundo rw’Imana n’imbabazi Imana igirira … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ukw’Imana ishaka abantu bayo 29.10.2016

Ubutumwa bwo ku wa 29/10/2016 Ukw’Imana ishaka abantu bayo Icambere Umwami Imana idushakako nuko dukurikiza ivyagezwe vyayo bo n’Ijambo ryayo. Kuko ababikurikiza bagira imigisha, ikabana nabo. Ivyo bakora vyose bikabamwo ikiganza ciza c’Imana.  2 Abami 18: 1-8 Imbere y’umwami Hezekiya, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment