Monthly Archives: October 2016

Kwizera izina rya Yesu Kristo n’ubushobozi bwaryo 22.10.2016

Ubutumwa bwo ku wa 22.10.2016 Kwizera izina rya Yesu Kristo n’ubushobozi bwaryo. 1.Ukwizera kwa mbere, arigwo rufatiro rwa mbere n’ukumenyako Imana iriho, ego ntituyibona ariko tuvyemera uko biri nkukuri. Uwo niwo muryango wa mbere wo kwizera. Ukwizera kuzanwa no kwakira … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Amasezerano y’Imana n’imbabazi bizokwama ku bana bayo. 15.10.2016

Ubutumwa bwo ku wa 15.10.2016 Amasezerano y’Imana n’imbabazi bizokwama ku bana bayo. Imana yo mw’ijuru irashaka ko tuva muvyo tubonesha amaso nuko tuvyumva , ariko tuboneyo n’ubushobozi bwayo. Mu mashengero y’Imana harabantu bamaze gucika intege, canke babonako haraho badashobora gushika … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Agakiza kabonegwa kukwizera niko kemegwa n’Imana. 08.10.2016

Ubutumwa bwo ku wa 08/10/2016 Agakiza kabonegwa kukwizera niko kemegwa n’Imana. Yesu Kristo yaje kw’isi atuzaniye agakiza, kugirango uzokakira wese akamwemera ahinduke umwana w’Imana . Kuko agakiza yaduhaye gahagarara mukumwizera, no mukwizera Data wa twese, ntigahagarara kuvyo tubonesha amaso canke … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment