Ubutumwa bwo ku wa 03/09/2016
Kugira umutima uciye bugufi ukumvira imburi.
Kubw’urukundo Imana ikunda ubwoko bway, ibana nabo, igakora ibitangaza, nibikomeye hagati yabo, ikishingira intahe kandi ikihesha icubahiro. Kukwabo tunigana atarab’inyama n’amaraso, barategwa bagata inzira yagakiza, bakibagigwa ibihambaye Uhoraho yabakoreye, ariko Imana yo ntiyaca ibaheba. Ahubwo yarungika imburi kugirango nibaca bugufi, bakagira umutima woroshe, bakumvira, bagakora ic’Imana yavuze mw’ijambo ryayo, canke ic’ibatumyeko cose. Imana nayo yarahindukira ikabakiza. Uwumviye wese akareka inzira yiwe mbi yari yazimiriyemwo, Imana yaramubabarira, ndetse ikanamuhezagira, amasezerano yayo agakomeza kuri we.
Ezekiyeli 33 : 1-12 ; 1Abami 21 : 25-29 Uhoraho Imana yacu ninyembabazi ntishakako umunyavyaha apfa, ataruko yokwihana, akava mu bibi akora, agakurikira inzira ya Yesu Kristo, akabaho afise ubugingo. Abavugishwa n’Imana nka ba Ezekiyeli, Eliya, n’abandi.. bashizweho nkinderetsi, babura ibiriko biraba nibigira bize. Abumviye bose baratabagwa, ariko abatumviye bose imivumo yabajako, bakagira ivyago n’amahano bikababako ningo zabo, batagira gitabara. Nico gituma Imana itubwira kuva, mugihe utavuye muvyurimwo bidahesha Imana icubahiro, canke kwa so na nyoko ugiye kwubaka ugwawe n’umugore wawe, ukaguma utegekwa na so canke nyoko, urugo ugiye kwubaka ntirurama nagatoyi. Imana idusaba kuva muncuti mbi, muvyaha no mubidahesha icubahiro Imana, kugirango umugambi musha dutanguranye na Yesu Kristo ugende neza. Kandi Imana ntishakako twibagigwa ivyo yagiye idukorera vyose, kuko nivyo biyihimbara kandi bidukomeza kwubaha Imana no kuyikurikira tukabana nayo. Matayo 19: 16-26 ; Luka 9 : 23-27 ; Luka 13: 22-25 Nico gituma umusore w’umutunzi vyamunaniye gukurikira Yesu ngwaronke ubugingo, naho harivyo yakora vyiza muvyagezwe vy’Imana, ariko ubutunzi bwiwe bwamubereye ikigigwamana, bituma aheba ubugingo. Reka twuyambure ivyaha n’ibintu vyose bitubuza gukunda Yesu Kristo. Yesu Kristo bamubajije ngo mbega abakizwa ni bake? We yabishuye ngo mushishikare guca mw’irembo ripfunganye, ati kuko benshi bazogomba kuricamwo ariko ntibabishobore. UmuKristo wese akwiriye gukomeza munzira yonze, ntatirimuke, kuko niho iduhezagirira. Ntitwibagire canke ngo twiyobagize ivyiza vyose Imana yadukoreye ngo tuyiveko. Ahubwo turongogwe nayo n’ijambo ryayo niho tuzobaho mu kwezwa kwukuri no mukuyigororokera. Uwo vyagoye yemere guhanugwa, agire guca bugufi mu mutima wiwe, agaruke ku Mana, na Yo iramugirira neza. Amen
-
Recent Posts
Archives
- November 2021
- October 2021
- September 2021
- August 2021
- April 2021
- March 2021
- February 2021
- January 2021
- December 2020
- November 2020
- October 2020
- September 2020
- August 2020
- July 2020
- June 2020
- May 2020
- April 2020
- March 2020
- February 2020
- January 2020
- December 2019
- November 2019
- October 2019
- September 2019
- August 2019
- July 2019
- June 2019
- May 2019
- April 2019
- March 2019
- February 2019
- January 2019
- December 2018
- November 2018
- October 2018
- September 2018
- August 2018
- July 2018
- June 2018
- May 2018
- April 2018
- March 2018
- February 2018
- January 2018
- December 2017
- November 2017
- October 2017
- September 2017
- August 2017
- July 2017
- June 2017
- April 2017
- March 2017
- February 2017
- January 2017
- December 2016
- November 2016
- October 2016
- September 2016
- August 2016
- July 2016
- June 2016
- May 2016
- April 2016
- March 2016
- February 2016
- January 2016
- December 2015
- November 2015
- October 2015
- September 2015
- August 2015
- July 2015
- June 2015
- May 2015
- April 2015
- March 2015
- February 2015
- January 2015
- December 2014
- November 2014
- October 2014
- September 2014
- August 2014
- July 2014
- June 2014
- May 2014
- April 2014
- March 2014
- February 2014
- January 2014
- December 2013
- November 2013
- October 2013
- September 2013
- August 2013
- July 2013
- June 2013
- May 2013
- April 2013
- March 2013
- February 2013
- January 2013
Categories