Monthly Archives: September 2016

Nta handi bikoreka (bironkeka) atari muri Kristo Yesu. 24.09.2016

Ubutumwa bwo ku wa 24/09/2016 Nta handi bikoreka (bironkeka) atari muri Kristo Yesu. Imana data wa twese yambitse ubwiza zayo umwana wayo ariwe Yesu Kristu. Imwuzuzamwo urukundo rwayo rwose, kugirango muri we abe ariho dushira ivyizigiro vyacu vyose, nawe aze … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kwubakira ku rutare arigwo Yesu Kristu. 17.09.2016

Ubutumwa bwo ku wa 17/09/2016 Kwubakira ku rutare arigwo Yesu Kristu. Yeremiya 17: 7-10 Iyagakiza k’umuntu kubakiye neza kuri Yesu Kristo, ntakigatirimutsa. Imisi yose karama, haba mumahigwe canke mungorane, haba mumunezero canke mu mubabaro, haba mu bibazo canke mu bisubizo, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gushira Imana hejuru muri vyose. 10.09.2016

Ubutumwa bwo ku wa 10/09/2016 Gushira Imana hejuru muri vyose. Uhoraho Umwami Imana yabariye Mose umusavyi wayo  ngo aze yame abarira abantu bayo ngo baje mwihema, abasomere ivyagezwe vyayo. Kuko nivyo bamenyeramwo caractere y’Imana yabo, iyariyo, ingene imeze, ivyikunda ndetse … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira umutima uciye bugufi ukumvira imburi. 03.09.2016

Ubutumwa bwo ku wa 03/09/2016 Kugira umutima uciye bugufi ukumvira imburi. Kubw’urukundo Imana ikunda ubwoko bway, ibana nabo, igakora ibitangaza, nibikomeye hagati yabo, ikishingira intahe kandi ikihesha icubahiro. Kukwabo tunigana atarab’inyama n’amaraso, barategwa bagata inzira yagakiza, bakibagigwa ibihambaye Uhoraho yabakoreye, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Babwire banke kuba ishengero ry,i Kaperinawumu 27.08.2016

Ubutumwa bwo ku wa 27/08/2016 Babwire banke kuba ishengero ry,i Kaperinawumu. Imana irashaka ko tuyumviriza yo yonyene ntitwumvirize abantu. Nkuko Aburahamu yumvirije Imana yiwe ivyo imubwira vyose akabikora atabanje kubaza abantu no kubagisga inama canke ngwarindire ico bamubwira, ndetse ntiyababwira … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment