Monthly Archives: August 2016

Mugusenga niho twerezwa kandi tugatabarwa 13.08.2016

Ubutumwa bwo ku wa 13/08/2016 Mugusenga niho twerezwa kandi tugatabarigwa. Umukristo wese akeneye kugira ubusabane bwiza n’Imana. Mpwemu Yera akabana nawe imisi yose, kugirango tugumane n’Imana muri vyose. 1 Tesalonike 5: 16-25; Yohani 17: 15-16; Matayo 25: 1-13. Igihe tugezemwo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuba mu bushobozi bw’amasengesho 06.08.2016

Ubutumwa bwa 06/08/2016 Kuba mu bushobozi bw’amasengesho Har’ibanga ry’Imana Imana yagiye iserurira abantu bayo, mur´iryo banga rero harimwo kumenya ic’Imana idushakako, no kumenya ikitwegereza Imana, kikaduhuza na Yo mu Mwana wayo ikunda cane ariwe Yesu Kristu. Cane cane nkiyo tugomba … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment