Monthly Archives: June 2016

Kumenya gutandukanya ijwi ry’Imana nirya Satani. Yobu 33: 14 18.06.2016

Ubutumwa bwo ku wa 18 06 16 Kumenya gutandukanya ijwi ry’Imana nirya Satani. Yobu 33: 14 Iyo dufise Imana ariwe Yesu Kristo muri twebwe dukuraho ubwoba. Kuko ubwoba bugereranywa n’umwijima uri m’umuntu. Biva kwa Satani. Yesu Kristo nawe yatuzaniye umuco, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kumenya neza Imana usenga. 11.06.2016

Ubutumwa bwo ku wa 11 06 2016 Kumenya neza Imana usenga. Birakwiriye cane ko tumenya neza Imana dusenga, ingene imeze, izina ryayo, ukwiri n’icidushakako. Imana yacu igihe cose yagenda yibarira abasavyi bayo, kugira bayimenye neza, kandi banayubahe, bongere banayizere muri … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Yesu Kristo yatuzaniye agakiza aribwo bugingo buhoraho 28.05.2016

Message de samedi le 28/05/2016 Yesu Kristo yatuzaniye agakiza aribwo bugingo buhoraho. Tutaramenya Umwami w’Imbabazi, ariwe mukiza mukiza wacu Yesu Kristo, twari mu mwiza, nta muco twari dufise, twarongogwa n’impwemu ziyisi. Tugakora ivy’imibiri yacu yifuza, nivyo kameremere yacu inezereregwa. Twari … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira Mpwemu Yera mu bugingo bwawe. 21.05.2016

Ubutumwa bwo ku wa 21 05 16 Kugira Mpwemu Yera mu bugingo bwawe. Iyo dufise Mpwemu Yera mu bugingo bwacu tugira amaso , amatwi, umutima bitariv’umubiri ariko hamwe naho dufise ivy’umubiri, tugira nivyo muri Mpwemu. Tubona, twumva kandi dutahura ivy’abumubiri … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Igikogwa ca Mpwemu Yera no kuza kwa Mpwemu Yera 14.05.2016

Ubutumwa bwo ku musi wa Pentecote. Le 14/05/2016 Igikogwa ca Mpwemu Yera no kuza kwa Mpwemu Yera. Imbere yuko Yesu Kristo yurizwa mw’ijuru, yarabwiye abigishwa biwe ngo barorere isezerano rya Data wa Twese ariryo : Mpwemu Yera. Kuko niwe yabaha … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment